"Nta bantu bashasha bamaze gufatwa n'ikiza c'umugera wa corona mu Burundi". Ivyo ni ivyemejwe n'umushikiranganji wo kubungabunga amagara y'abantu no kurwanya Sida Thaddée Ndikumana mu…
Uko imisi ihera niko abantu bagwaye ikiza ca COVID 19 babandanya bagwira kw'isi, kuko mu mezi 2 gusa abamaze kugwara bamaze kurenga 1,500,000 nayo abo kimaze guhitana bo bakaba bamaze kurenga 65,000. Mu butariyano kimwe…
Muri Leta zunze ubumwe za amerika muri leta ya New York ahari abantu benshi bamaze gufatwa n’ikiza ca Corona Virus, hatanguye gukwiragizwa ubutumwa kugira abamaze gukira ico kiza bafashe abatarakira. Ukwo kubafasha nkuko…
Umurundi wa mbere yafashwe n’ingwara ya COVID-19 iterwa na Corona-Virus yakize, ubu akaba avuga ko agiye kwerekeza muhira aho umuryango umurindiriye. Ivyo nivyo yashikirije kuri uyu wa mungu aho yari arekuwe avuye mu bitaro…
Umuyobozi mukuru w'igiporisi kijejwe gukinga ibiza n’isibe asaba abanyagihugu kutagira ubwoba kubera ikiza c’umugera wa corona ngo kuko n'indwara ikira. Antoine Ntemako yabishikirije, kuri uyu wa gatatu i Gitega,…
Uko imisi ihera niko isi ibandanya itangazwa n’ikiza c’umugera Corona Virus gitera ingwara Covid-19 iriko irahekura imiryango itari mike. Inyuma y’umwana akiri muto, n’ukuvuga akiri umuyabaga aheruka kwitaba Imana mu…
Mu gihe impari ari nyinshi ku muti woshobora gukoreshwa mu kugwanya ikiza c’umugera wa Corona Virus gihangayishije isi, kandi kiriko gitwara abantu benshi, barenga 1000 ku musi, mu bufaransa hari uwo bamaze kwemeza…
Ibihugu bigize umuryango wa Afrika y’ubuseruko EAC (East Africa Community) vyaraye bitanguje isekeza ryo kurwanya umugera wa Corona, iryo sekeza rikaba ritegurwa kuzoba kuva kw'igenekerezo rya 25 Ntwarante gushika…
Mu ntumbero yo gukinga kugira ikiza Coronavirus nticinjire mu gihugu cacu, abanyagihu baba mu makomine y’intara ya Cankuzo ahana urubibe n’igihugu ca Tanzaniya basabwa guhagarika kuja muri ico gihugu baciye mu nzira zitazwi…
Igisagara ca Wuhan mu bushinwa kizwiko kuba arico catanguriyemwo ikiza ca Covid-19 kiriko kirasasika inganda kw’isi, ngo kigiye gutezurirwa kugira abenegihugu bafise amagara meza bagiye kurekurirwa gutembera mu bindi…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.