Ubushinwa bwemeye kugira ico butanze kugira ikiza ca Corona Virus gituzwe ku mugabane wa Afrika. Muvyo bemeye gutanga harimwo uburyo bwo gupima ico kiza, ama Mask yambarwa, co kimwe n’impuzu zambarwa n’abariko barafasha abo…
Kuri uyu wa mbere waraye uheze, igenekerezo rya 23 Ntwarante 2020, abajejwe intwaro mu ma zone agize igisagara ca Bujumbura n'abari mu mashirahamwe y’urwaruka bari baramutse bahabwa inyigisho zo kwirinda ikiza c’umugera…
Inyuma yaho ibihugu nk’Urwanda, Ubugande, Kenya na Tanzania bahagarikiye ibikorwa bihurirwamwo n’abantu benshi nk’ibiteramo, amasengero, amashure n’ibindi, Urwanda rwo rwahavuye rufata ingingo yo kugumiza mu mazu…
Umuntu yobaye uwa mbere yinjije umugera w’ingwara ya Covid 19 mu Burundi, yafatiwe i Kigali ku kibuga c’indege ca Kanombe. Nk'uko itangazo ryashikirijwe n’ubushikiranganji bw’amagara y’abantu i Kigali ribimenyesha, ngo…
Kuri uyu wa mbere waraye uheze igenekerezo rya 16 Ntwarante 2020, niho umumenyereza w'umugwi wa Athletico Portada Alta Florida Gracia wo mu gihugu ca Espagne yitavye imana ahitanywe n'ingwara ya Coronavirus .…
Ku mugoroba wo kuri uyu wa kabiri waraye uheze, igenekerezo rya 16 Ntwarante 2020, umushikiranganji w’amagara y’abantu no kurwanya SIDA Thadée Ndikumana yarakoranije abanditsi n’abamenyeshamakuru abamenyesha ingingo…
Ukwo buca n'uko bwira, ikiza ca Coronavirus kibandanya gikwiragira mu bihugu bitandukanye vyo kw'isi. Ibitigiri biri aha musi vyarekana ingene yagiye irakwiragira muri buri gihugu, abamaze kuyandura hamwe n'abo…
Reta y'Uburundi yaraye itangaje ko kuva ubu ingenzi ziza mu gihugu zivuye mu bihugu bimwe bimwe birimwo Coronavirus ko bategerezwa kuzohora bashirwa ahantu imisi icumi n’ine bakurikiranwa mu ntumbero yo kwirinda ko ico…
Abantu baraye bamenyekanye ko banduye coronavirus muri Koreya yo mu bumanuko kuri uyu wa gatanu waraye uheze babaye benshi kuva iyo ngwara imenyekanye muri ico gihugu. Amakuru yaraye ashikirijwe n’ubushikiranganji bujejwe…
Mw’itangazo yaraye ashize ahabona abicishije ku mboneshakure y’igihugu ENTV, umushikiranganji w’amagara y’abantu mu gihugu ca Algeria yemeje ko umuntu wa mbere bamusanzemwo ingwara ya coronavirus imaze igihe ihekura abantu…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.