Umushikiranganji ajajwe kubungabunga amagara y'abantu no kurwanya Sida Thadée Ndikumana yakiriye kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 8 Kigarama 2020, intumwa zo mu gihugu ca Angola. Uwo murwi ukaba wari uje kwiga…
Mu gihe haheze iminsi hari impari zidasanzwe zerekeye Karim Babel , aho bamwe n'abandi bibaza impamvu gushika ino saha , Karim Babel ataragenda kwivuza ,impari zateye ukutumvikana inyuma yaho comité ya Stand up for Karim…
Ubushikiranganji bujejwe kubugabunga amagara y’abantu no kurwanya sida bujejej gushira ahabona ibiharuro bishasha vya Covid-19. Gushika kuri uyu wa 2 Kigarama umwaka w’2020, abantu bamaze kwandira coronavirus bagera ku 692.…
Kuva aho ikibuga c'indege Melchior Ndadaye hamwe n'iyindi mipaka y'uruja n'uruza vyugururiwe ngo ibice 95 kw’ijana vy’abatowe coronavirus baje bavuye hanze y’igihugu. Mu kiganiro yahaye abanditsi…
Nk’uko biri mu cegeranyo c’ishirahamwe mpuzamakungu ryitaho amagara y’abantu kwisi OMS, umuntu umwe akuze kuri batatu ararwaye indwara y’umutima. Ivyo ngo biri uko mu gihe umwe kuri cumi nawe arwaye indwara y’igisukari izwi…
Muri ino minsi haribonekeza ukudebukirwa mu kwikingira coronavirus, aho abantu badatinya gukoranako mu kuramukanya, mu kutubahiriza imetero hagati y'umuntu n'uwundi nayo gukaraba vyo vyabaye nk’umiziro, nayo…
Hagiye gutangwa ibikoresho vyo kwikingira coronavirus ku bantu babangamiwe gusumba abandi. Ivyo bikoresho bizoba bigizwe n'udufukamunwa, amasabuni, n'umuti wica imigera, bikazohabwa abantu bageze muza bukuru,…
Imiryango y'abarundi batahuka bava mu mahanga isabwa kwubahiriza imisi yo kuba ukwa bonyene mu ntumbero yo kurwanya Covid19. Bishikirizwa na Muganga Joseph Nyandwi, umuyobozi w'ikigo INSP mu ruganda rwo kwigisha…
Umushikiranganji ajejwe kubungabunga amagara y'abantu no kurwanya Sida Thadée Ndikumana asaba abaremeshakiyago gusubiza kwa muganga uwo wese avuye hanze y'igihugu mugihe aterekanye urupapuro rwerekana ko…
Kuri uno wa gatatu igenekerezo rya 18 Munyonyo 2020, umushikiranganji ajejwe kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida Ndikumana Thaddée yamenyesheje uko ibitigiri vy’abanduye Covid-19 vyifashe inyuma y‘aho hugururiwe…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.