Igekenekerezo rya 21 Nyakanga uko umwaka utashe amakungu arahimbaza umunsi mpuzamakungu wahariwe amahoro. Mw’itangazo ry’ishirahamwe mpuzamakungu ONU, bahamagarira abantu bose kw’isi kuja hamwe mu kugwanya ikiza ca…
Umuntu umwe niwe yatowe umugera wa Covid_19 mu bipimo 2254 vyakozwe, akaba ari mu bahungutse bavuye mu gihugu kibanyi ca Tanzaniya. Ivyo ni ibimenyeshwa na Muganga Jean Bosco Girukwishaka avugira ubushikirangnji bwo…
Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 10 Nyakanga umwaka w’2020, umushikiranganji wo kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida, Thaddée Ndikumana yari yaramutse agendera ibitaro bitandukanye biri mu gisagara ca Bujumbura…
Urukingo rw’ikiza Corona Virus ngo rwaramaze kuboneka, ibihugu bimwe bmwe bikaba vyaramaze no gushinga igiciro urwo rukingo ruzogurwa. Ihinguriro Sanofi ryo mu bufaransa ryemeza ko ryamaze gutangura guhingura urwo…
Umushikiranganji w'amagara y'abantu, Muganga Thadee mw'ijambo yashikirije bakira Impunzi, yagarutse ku ruhara bazoba bafise ku kugwanya ikiza Corona Virus. Abavyeyi bibungenze ngo aho bukera ntibaze bareke…
Mu gihe mu Bufaransa naho ryabaye itegeko nkaho inyuma ya Kanyaru kwambara Mask benshi bakunze kitwa agafukamunwa, abafaransa batanguye kugira amakenga akomeye. Nkuko amakuru dukesha ikimakuru co mu bufaransa, ngo muri!-->!-->!-->!-->!-->…
Hafitiwe ku makuru ya nyuma aherutse gusohoka ku vyerekeye Covid 19, nk'uko vyasohowe na Université yitwa Johns Hopkins , abantu ngo bagera kuri 19.499.341 (imiliyoni cumi n"icenda n'ibihumbi amajana ane…
Abana bakiri bato b'abigeme batwaye inda muri bino bihe vy'ikiza Corona Virus ngo n'umurengera nkuko amakuru dukesha ibimenyeshamakuru mpuzamakungu abishikiriza. Abana b'abakobwa bagera ku 4000 nibo bamaze…
Who that cape fit, let them wear it! ( Bob Marley) Ayo ni amajambo amwe akoreshwa n'umuhisi w'umuririmvyi Bob Marley. Ariko ni amajambo akomeye cane mu buryo bw'impwemu kuko kanatsinda uyo muhisi ivyo…
https://youtu.be/JNSL5mmQWi0 Mu ntumbero yo gutanguza indwi yahariwe amagara meza ku bavyeyi n’ibibondo, ubushikiranganji bujejwe kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida bwaraye butanguye isekeza ryo gucandaga abana…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.