Umushikiranganji ajejwe kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida, Thaddée Ndikumana yarakiriye kuri uyu wa kane igenekerezo rya 4 Ruheshi 2020 imitekero 4 y’ibikoresho, imfashanyo yihuta itanzwe n’igihugu…
Abahinga muvy'amagara y'abantu bamenyesha ko turi ivyo dufungura, mu kinofu nofu kugira dutahure neza bavuga ngo "We are what we eat". Abasokuru nabo bakaba barayamaze bati " ubwiza buca mu…
Umushikiranganji w’amagara y’abantu mu gihugu kibanyi ca Tanzaniya amenyesha ko gushika ubu igitigiri c’abarwaye ikiza ca Coronavirus cagabantse cane ku murwa mukuru w’ubudandaji Dar-Es-Salaam gushika ku bantu bane gusa.…
Ubushikiranganji bujejwe kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida bumenyesha ko abandi bantu icumi na batanu bamenyekanye ko banduye umugera wa Corona. Ni inyuma yo gupima abantu 18 batabarijwe n’ibitaro vyo mu…
Abakuru b'ibihugu bane bo mu bihugu bigize umuryango w’akarere ka Afrika y’ubuseruko baherutse kwumvikana ko ibihugu bigize uwo muryango vyoshiraho uburyo bwo gupima no gusabikanya ivyavuye mu bipimo vyakozwe ku mugera…
Umuryango w'ubumwe bwa Afrika watangaje ko uriko uravugana na Reta ya Madagascar kugira ngo upime neza ko umuti ico gihugu giheruka gutora ko koko woba uvura covid-19. Nk’uko biri mw’itangazo umuryango w’ubumwe bwa…
Ubushikranganji bwo kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida bumenyesha ko uwundi muntu yamenyekanye ko yanduye umugera wa Corona inyuma yo gupima abantu 60 babonanye n’abarwayi 5 baherutse gutangazwa n’ubwo…
Abamenyeshamakuru bahamagarigwa gufasha mu gushikiriza amakuru y’ukuri abanyagihugu ku bijanye no kwikingira ikiza ca coronavirus. Ako kamo bagatewe n’umunyamabanga mukuru mu muryango utabara imbabare mu Burundi Croix Rouge.…
Ikiza ca Ebola carasubiriye kuboneka muri republique iharanira intwaro rusangi ya Congo, abagwayi bandi bashasha bakaba babonetse itariki 10 ndamukiza imisi 2 gusa imbere yuko Congo na OMS bamenyesha ko ico kiza…
Inyuma y'aho ubushikiranganji bwo kwitaho amagara y'abantu no kurwanya Sida bumenyeshereje ko abantu bane bari baranduye ikiza ca coronavirus ko basubiye kubapima mu nyuma bagasanga barakize, ibitaro vyitiriwe…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.