Laboratoire ngendanwa 9 nizo zatanguye gutangwa n’umuryango wa Afrika y’ubuseruko, zihabwa ibihugu bigize uwo muryango ngo bikunde babashe guhangana n’ikiza ca Coronavirus gihanze uwo muryango n’isi yose muri rusangi. Izo…
Ikinyamakuru Vogue co mu bwongereza canditse ko umuririmvyikazi Rihanna yatanze ingabire y’amafaranga angana n’imiliyoni 1,67 y’ama Dollars ya Amerika ku bahura n’ibibazo vyo mu ngo, Victimes de Violence Domestique, muri…
Abirabure b’abanyamerika - Afro-americain- nibo benshi bariko barahitanwa n’ikiza ca COVID19 muri ico gihugu kiza mu kibanza ca 1 mu bihugu birimwo abantu benshi bamaze gufatwa n’iyo ngwara, kandi kikaba n’ica mbere kirimwo…
Muri Kenya abantu bagiye gutangura gufungwa kubera ukutambara udufukamunwa, ivyo bikaba biheruka gushikirizwa n’uwurongoye igipolisi muri ico gihugu ca Kenya. Mw’itangazo bashize ahabona bamenyesheje ko igihe c’imbabazi…
Igihugu ca Ghana catanguje Application ishirwa mu duhamagazo aho iyo izofashwa abajejwe amagara y’abantu kumenya uruja n’uruza rw’abantu, kugira hamenyekane abantu bashobora kuba bakekwako iyo ngwara. Leta ya Ghana imenyesha…
Mu makuru ya nyuma aherutse gushirwa ahabona ku bijanye n'ikiza Coronavirus aho mu gihugu kibanye ca Congo, ibiharuro vyerekanywe n'uko abarwayi bamaze kumenyekana bagera kuri 241. Abamenyeshwa ko bamaze guhitanwa…
Umushikiranganji ajejwe amagara y'abantu aho muri Tanzania yamenyesheje ko abagera 14 baraye biyongeye ku gitigiri cari gisanzwe ari 32 c'abarwaye ico kiza. Bose rero ngo baciye bakwira abagera 46. kuva ico kiza…
Uburusiya nabwo ngo buriteguye bihagije guhangana n’ikiza ca Corona Virus ari nka hamwe kibandanije gikomera. Ivyo bikaba bishikirizwa n’icegera c’umukuru wa Moscou ari nawe ariko arakurikirana iyubakwa ry’ibitaro binini…
Hampande yuko isi iriko irabura abantu ku bwinshi kubera ikiza ca Corona Virus kiriko kiratema gitongora muri kino gihe, isi ishobora kugira ikindi kibazo gikomeye mu misi ya vuba nkuko ONU ibishikiriza. Ico kindi kibazo isi…
Mu kiganiro yahaye bamwe mu bamenyeshamakuru, umushikiranganji wo kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida Thaddée Ndikumana ku mugoroba wo kuri uyu wa gatandatu waraye uheze, igenekerezo rya 11 Ndamukiza 2020,…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.