Ahmad Ahmad atwara ishirahamwe ry 'umupira w'amaguru muri Africa CAF yatawe muri yompi azira ibiturire. Hari mu gatondo ko kuri uyu wa kane igenekerezo rya 06 Ruheshi umwaka wa 2019 i Paris mu Bufaransa aho…
Ishirahamwe ritwara umupira w'amaguru muri Africa (CAF ) ryafashe ingingo y'uko urukino rwa nyuma rwo gusubiriza rwa CAF Champions League rwahuje Esperance de Tunis hamwe na Whydad Casablanca y'uko…
Umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba wamaze gushika i Doha mu gihugu ca Qatar. Inyuma yo gufata indege berekeza i Doha mu gihugu ca Qatar kuri uyu wa Mungu waraye uheze igenekerezo rya 02 Ruheshi umwaka wa 2019…
Umumenyereza w'Intamba mu rugamba Alain Olivier Niyungeko yavuze ku majambo amaze imisi avugwa y'uko ashobora guhindura kizigenza w'intamba mu ruganmba. Aganira na indundi Sports aho yariko iramubaza amakuru…
Mutoyi wa nyakwigendera Papy Faty ariwe Iddy Faty yamaze kurekurwa. Iddy Faty akaba yari yapfunzwe kuva kw'igenekerezo rya 7 Rusama uwu mwaka apfungirwa mu gisagara ca Johanesbourg muri Afrika y'epfo bamukuye ku…
Kizigenza w'intamba mu rugamba Ndikumana Seleman yaraye agize igisabisho ca Umrah imbere y'uko afata indege imushikana I Bujumbura. Ku musi wa kabiri igenekerezo rya 23 Rusama umwaka wa 2018, niho Kizigenza…
Kuri uno wa gatandatu igenekerezo rya 18 Rusama 2019, Sentare hamwe na Parike Nkuru irwanya ibiturire vyari vyaramutse bishikiriza ibikorwa vyaranguye mu gica ca mbere c’uwu mwaka turimwo w’2019. Umupfasoni Alphonsine!-->!-->!-->!-->!-->…
Mu gihe hari haciye imisi itari abatari bake bibaza aho ikigongwe umukuru w'igihugu Nyenicubahiro Petero Nkurunziza yagiriye bamwe mu bapfungwa kizoshirwa mu ngiro, kuri uno wa gatanu niho kw'ibohero rikuru!-->…
Ubushikiranganji bw’ubutungane buragabisha abacamanza barya ibiturire bigatuma baca iza ngonda gonde ko badahinduye ingendo bazohagarikwa mu kazi. Aimée Laurentine Kanyana, umushikirananji w'ubutungane no gushingura!-->!-->!-->…
Mu gaturuturu ko kuri uno wa gatatu igenekerezo rya 30 Nzero umwaka w'2019 mu ntahe y'ikibiriraho yarangiye igihe c'isaha zitandatu n'iminota mirongo ine z'ijoro (00h40), Sentare Nkuru!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.