Inyuma y’ugukora indirimbo zitandukanye harimwo n'ama collabo atandukanye ubunaho ngo agiye kubarizwa mu bijanye no guhinyanyura indirimbo. Umuririmvyi Akes Don akaba asaba abasazwe bafise indirimbo zanditse bikwije!-->!-->!-->!-->!-->…
Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 15 Rusama niho umuririmvyi Magic Soldier Kingorongoro yaramuka abaza ikibazo agira nti: Laisser Passer mu kirundi ciza bayita mureke arengane none Passeport nayo ni gute? Aho ni mugihe!-->!-->!-->!-->!-->…
Tanasha yavuze ko ata kwihuta kuri mu bugeni vyavuzwe ko bazogira na Diamond, ubu ngo bipfuza kwibanda cane ku bucuti bwabo. Ubugeni bwa Diamond na Tanasha ngo burashobora kutazoba uwu mwaka, ubona n'umwaka usa!-->!-->!-->!-->!-->…
Ni mugihe bamwe bagira bati : Sat-b afata menshi abandi ngo oya ni naka afata menshi. Inyuma yaho umuririmvyikazi Natacha avugiye ko mugiteramo categuwe na Cristal Events ariwe muririmvyi w'umurundi yari yahawe!-->!-->!-->!-->!-->…
Sat- B yemeza ko naho ataramenya umusi nyezina izosohokerako ariko ngo ishobora kumvikana agace gato mugiteramo categuwe na Cristal Events citiriwe Sheebah Vip Concert; iyo nayo siyindi n'indirimbo bakoranye na Team!-->!-->!-->…
Aho Label ya Bizimana Aboubakar Karum(Sat-b) isohoreye iyindi mpano mu muziki w'Uburundi ariwe Belle9ice n'akaririmbo kiwe yise SABO asanzwe ari mu rukundo nuyo muririmvyi Sat-b ari nawe CEO wa Empire avenue,!-->!-->!-->!-->!-->…
Mu masaha 17 gusa, indirimbo The one ya Diamond Platnumz yarimaze kurabwa n'abarenga 1,000,000 ku rubuga rwa Youtube asanzwe asohorerako indirimbo. Ivyo bikaba vyamushitse ku mutima aho ataretse gushimira!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.