Uno musi umuririmvyi agirwa na Hit, ivyo nivyo abatari bake bibaza na cane cane abaririmvyi ubwabo, ariko Esther Nish we siko abibona. Uwo mwanditsi wa Kavorivori avuga ko we atari mu gitigiri c'aba hit maker , ariko ngo…
Isanamu Alvin Smith yashize ku rubuga rwiwe rwa Instagram ari kumwe n'umuririmvyi Nel Ngabo wo mu gihugu kibanyi c'Urwanda, yateje uruhagarara ku rubuga rwiwe rwa Instagram. Icateje uruhagarara akaba ari ikibanza…
Alvin Smith ngo akazi kamaze gutangura i Kigali. Ivyo nivyo uwo muririmvyi aheruka gushikiriza ku rubuga rwiwe rwa Instagram. Uwo muririmvyi abarizwa muri kino gihe mu gihugu kibanyi c'Urwanda kuva mu mpera z'indwi…
Abariko barakoresha imbuga za Monia Fleur ngo ni babihagarike, ico nico ciyumviro ca Ncuti ya bose, umwe mu basanzwe bakurikiranira hafi ivy'umuziki wa hano iwacu. Ncuti akaba ashikirije ivyo inyuma yaho amenyeshereje ko…
Kubana n'umukuru w'igihugu ngo biraryoshe, ariko ntivyoroshe. Ivyo biheruka gushikirizwa na Dogo A ubwiwe. Uwo muririmvyi w'indirimbo nka "Manjonjo", avuga ko naho kubana n'umukuru w'igihugu…
D-one ngo naho Santa yamwimye urukundo, uno musi umubano wabo ngo ni mwiza. Uwo muririmvyi w'indirimbo zakunzwe cane nka Morning love n'izindi, avuga ko urukundo yasabiye umumenyeshakuru kuri Camera ariko…
Umuririmvyi Ado Josan abarizwa ku mugabane w'Uburayi mu gihugu ca Finland, ngo ariko arategura gushira ahabona ibikorwa bitandukanye vy'umuziki mu misi iza. Ivyo uwo muririmvyi akaba abishikirije mu gihe yaheruka…
Sat-B ngo ntasubire gusaba igihugu ngo kimufashe kuronka itike, ahubwo n'ahindukirire abafana biwe bamushigikire, uko niko Nelly abona ko ikibazo c'itike y'indege ya Sat-B yo kuja muri Afrima Awards yoboneka.…
Dj Bobo de Paris umwe muba Dj b'abarundi bariko bavyifatamwo neza, buca asubira kandi kwakira abandi baririmvyi batandukanye muri ico gihugu. Mu misi iheze twari twabashikirije ko uwo mugabo asanzwe akora akazi ko…
Inyuma y'ibitero 2 aheruka gukora i Gitega no mu Rumonge, Emery sun yatumiriye abo mu bumanuko kumwitega. Akoresheje urubuga rwiwe rwa Whatsapp, uwo muririmvyi yavuze ko hari ikindi giteramo ariko yitegura gukora vuba…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.