https://youtu.be/cYxeFyuJbFk Sat-b ntahuza na bose Ku kibazo c'uburyo yari yambaye Muri Video aheruka gushira ahabona aho yabonetse asa n'uwuriko yinonora imitsi. Kuri iryo shusho ryabonetse igenekerezo rya 4…
https://m.youtube.com/watch?v=2MxnoY3Wx2Y Aganira na Yambi, ikinyamakuru co mu gihugu kibanyi c'Urwanda, yahanuwe guhitamwo mu baririmvyi 2 b'abanyarwanda, King James na Bruce Melodie bari mu bariko barakora ibikora…
Kidum ngo abariko baramubika kandi akiri muzima, nibacire birarura kuko sibo bashinga umusi azovira kuri ino si. Akoresheje urubuga rwiwe rwa Facebook yashize ahabona Video aho vyaboneka ko asa nkaho atarakira neza, ariko…
Ishusho ryashizwe Ku rubuga rwa Instagram rwa Kirikou. Ryateje ibibazo bikomeye mu bakurikirana urwo rubuga, iryo shusho naryo rikaba ryaherekejwe n'akajambo ngo "Attention", mu Kirundi tukaba twogasigura nka…
Igenekerezo rya 5/7, azoba ari ku musi w'Imana, Nimbona Jean Pierre benshi bazi nka Kidum azosubira kandi gukora igiteramo. Ico giteramo kizoba ari nk'ico yaheruka gukora muri uku kwezi kwa 6, igenekerezo rya 21.…
Umwe mu bamenyeshamakuru bazwi cane mu gihugu kibanyi c'Urwanda, ariko ubu abarizwa muri Leta zunze ubumwe za Amerika yavuze ko ari nka hamwe abarundi boba badashaka Sat-b ngo nibamugabire Urwanda. Akoresheje urubuga…
Uwunyegeza inda, ngo n'uwuba ataragira uwo ayegekako, canke se w'umwana. Ivyo nivyo Esther Nish yashikirije mu kiganiro yahaye imboneshakure ya hano iwacu. Ivyo akaba yabishikirije mu kiganiro, bariko bamubaza…
King Platini umwe mu baririmvyi ndundi bamaze igihe asa n'uwutariko araboneka mu muziki, yavuze ibituma uno musi atabasha kuboneka cane mu muziki. Mu kiganiro na Amanda yavuze ko uno musi ikimutwaye umwanya gusumba ngo…
Inyuma yaho havugiwe amajambo agiye atandukanye ko umwana akiri muto azwi cane mu ndirimbo zigiye zitandukanye ubu hariko havugwa inkuru yuko yoba agiye kwinjira mumuryango Wa Bantu Bwoy. Abicishije mukiganiro yakoranye na…
Masterland ngo yarabwiye abaririmvyi batari bake, mbere no mu bazwi cane kandi bakomeye ngo bazofatanye mu kuja kwunamira uwahoze ari umukuru w'igihugu, ariko si bose bavyitavye. Mu Kiganiro ku nsamirizi Ya Centre Jeune…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.