Big fizzo ngo inkurikirane 2 buca ashira ahabona ngo ni mu ntumbero yo guha indirimbo zitari nke abakunzi biwe kugira bahagarike kuguma bamusaba indirimbo buri kanya. Ivyo akaba aheruka kubishikiririza mu kiganiro yahaye…
Esther Nish avuga ko iyo aza kuba ari uwukunda kwumviriza abantu, ngo ntaco yari gupfa yimariye igihe yerekeza i Nairobi mu bikorwa vyo gukora indirimbo. Mu kiyago aheruka guha Landry, Esther avuga ko ivyo yari yateguye ku…
Kuva aho akoreye indirimbo ari kumwe na Vichou munyuma akamara ikiringo kinini ubu ngo yoba ariko aritegura gushira ahabona ibikorwa bishasha ndetse no gukora igiteramo gikomeye mugisagara ca BUJUMBURA. Mu majambo…
Olga ngo umugambi afise n’uwo kugaruka mu Burundi aruko aje azanye ibikorwa bitari bike azoba amaze gukora, kandi bizoba vyifashe neza gusumba uko ubu biri. Ivyo akaba yabiyagiye ikinyamakuru Yambi gisanzwe gikorera mu gihugu…
Indirimbo “Inkoni” ya Natacha yaraye ikwije abantu 125.000 barenga bamaze kuyiraba ku muhora wiwe wa Youtube mu kiringo c’imisi ibiri gusa. Indirimbo “Inkoni” ya Natacha akaba ari indirimbo iriko irabwa cane ku rubuga rwa…
Inyuma yakaririmbo Tora Neza yaheruka gushira kumugaragara ubu naho rwagiye gukubitira muri Brazil kuzana akandi karirimbo. Umwanditsi akaba n’umuririmvyi Vg wawa ngo yoba agiye gusimbira mu Brazil kuzana ikindi gikorwa…
Inyuma y’ukumenyesha ko hari indirimbo nshasha yamaze guheza gukorwa yakoranye n’umuririmvyi w’umunyaKenya, uwo muririmvyi yahavuye amenyesha ku musi w’ejo ko hari iyindi yo iza gusohoka uno musi yakoranye n’uwundi…
Indirimbo Umubabaro n'imwe mu ndirimbo imaze igihe kitari gito aho ari indirimbo vyabonetse cane ko abakunzi b'umuririmvyi Sat-B n'abakunzi b'umuziki muri rusangi bari banyotewe cane kubona iyo ndirimbo…
Urukurikirane Nisaidie rw’umuririmvyi Andy Mwag ngo rufise ikintu kini rusiguye ku buzima bwiwe, nkuko yabiyaze mu majambo yaherekeje ishusho rw’urwo rukurikirane yashize ku mbuga ngurukanabumenyi asanzwe akoresha. Muri ubwo…
Indirimbo GONGA ngo niyo igiye kuja ahabona mundwi iza indirimbo Masterland avuga kwazoba arikumwe n’abandi ariko atarashima kubamenyesha kumugaragaro inyuma yiyo yari yise IKIMETEMETE. Indirimbo GONGA bivurwa ko izosohoka…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.