Inyuma yaho hakorewe indirimbo Godzilla igatangwa nka Challenge Fabelove nawe agakora iyo yise Master. Yasiguye neza impamvu nawe yayigize Challenge ku baririmvyi ndundi basanzwe bakora umudiho wa RAP. Abicishije mu kiganiro…
Alvin Smith ngo abaririmvyi bari bakwiye kumenya ko ubutumwa bwabo bushika kure, nico gituma ubutumwa bujanye n’ukwirinda n’ukwikingira Corona Virus yashimye kubucisha mu ndirimbo. Mu kiyago na Siren Vibe Tv, Alvin yavuze ko…
Inyuma yaho Fortran Bigirimana yerekaniye ko hari igikorwa ariko arakorana n’umunyarwanda Gentil Misigaro nawe asanzwe akora indirimbo zihayagiza Imana, uwo muririmvyi w’umurundi akorera ibikorwa vyiwe mu Bufaransa…
Ijambo Mungu kwanza ryari rigize igihe riboneka ku mbuga ngurukanabumenyi z’umuririmvyi R Flow ryahavuye ribonekamwo indirimbo, iyo ikaba iza gushirwa ahabona kuri uyu wa 16 ndamukiza isaha zitandatu z’umuhingamo ku rubuga…
Indirimbo y'Umuririmvyi Sat-B yise IZINA n'imwe mu ndirimbo yateye uruhagarara bivuye ku majambo ari mur'iyo, amajambo yatumye benshi bagira ico bavuze binatuma hariho n'abipfuza ko iyo ndirimbo yohava…
Amajambo atanyegeje namba niyo yuzuye buno butumwa we yise Ikete kubakunzi b'umuziki, aho yanditse amajambo maremare nawe akaba ari Aime Loveness umwe mubasore bafise impano kandi ubona ko agerageza kuvyifatamwo…
Monna Walda abo arabirako cane muvy’umuziki wiwe ngo ntibari hafi, ariko ngo bamwe barahari hano muri kano karere Ubundi buherereyemwo. Muribo ngo harimwo 2 abo nabo b’abigeme kandi bose babarizwa muri Tanzania. Abo bigeme…
Akoresheje urubuga rwiwe rwa Facebook, Sat-B aheruka gushikiriza ko indirimbo yiwe nshasha Izina ariyo ndirimbo yamwinjirije amafaranga atari make ku rubuga rwiwe rwa Youtube. Iyo ubu twandika ino nkuru ikaba yari igeze kuri…
Bantu Bwoy mu giteramo bateguye caraye kibereye i Ngozi citabiriwe n’isinzi ry’abakunzi b’umuziki ndundi. Hari kuri uno wa Mungu wa Pasika igenekerezo rya 12 Ndamukiza aho hari igiteramwo mu ntara ya Ngozi igiteramo cari…
Leonard Niyomwungere asanzwe azwiko indirimbo zitari nke, zashitse ku mutima abarundi batari bake ngo yitavye Imana nkuko amakuru abandanya ava mu gihugu ca Canada iyo yarasanzwe aba muri kino abandanya abivuga. Ayo makuru…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.