Kidum avuga ko abarundi n'abanyacongo bo muri Kivu ya ruguru na Kivu y'amajepfo bagize umuryango umwe. Kidum hampande y'abarundi, yatanguye gutumira n'abanya Congo ngo nabo bazitabire igiteramo buca…
Umwigeme azakira Diamond Platnumz avuye I Bujumbura ntaramenyekana. Impari rero ni zose Ku mbuga ngurukanabumenyi kuri uwo mwigeme ashobora kuzomwakira. Impari ni zose Ku mbuga ngurukanabumenyi I Kigali kubera umukobwa…
Ikibazo c'umutekano ngo nico kimubujije kuzoza I Bujumbura mu giteramo bari bamutumiyemwo. Shaddy boo nawe ngo ntazoteramisha abarundi nkuko yari yavyemeye mu misi iheze abicishije Ku rubuga rwiwe rwa Instagram. Ico…
R flow na Lolilo bari muri 5 bagendanye na Chany Queen, ariko umwe muribo babasha kuronka icamwa c'urukundo rwabo. Uno musi Chany Queen nta muhungu agira mu buzima bwiwe, umukunzi, igituma ngo nuko atigeze agira…
Aba Tanzania batanguye kurya umusaya inyuma y'ukubona ko akaririmbo Davido yakoranye na Chris Brown buca gashirwa ahabona. Aba Tanzania batanguye kwibaza indirimbo ya Diamond na Lil Wayne yavuzwe ko izosohika aho igeze.…
Isokomusic n'urubuga rw'uwitwa umuririmvyi uwariwe wese w'umurundi, yaba uwuririmba indirimbo zihimbaza Imana, canke izikunze kwitwa ko ari iz'isi. Isokomusic n'urubuga rugiye kugurisha umuziki…
Umuzo wa Diamond i Bujumbura igenekerezo rya 28 Mukakaro uwu mwaka muri Final ya Primusic, vyoba vyumvikanyweko ku munota wa nyuma, bivuye kuko uburyo bwari bwateguwe imbere bwoba bwari buke kuri uwo muririmvyi. Mu gihe Ku…
Mt number one ngo kwisemba sivyo biza imbere, nico gituma atiteze Awards muri ino misi, ngo bizohava biba nk'ivyabaye kuri Canco Hamissi. Mt number one yavuze ko abantu batisemba ama Awards yabo bakunze kuyabaha…
Hari kuri uyu w'Imana igenekerezo rya 7 Mukakaro mukingo ndanga mico c'aba farasa aho hariharamutse haba ibirori vyateguwe n'ishirahamwe Buja Music Award Aho hari imice itandukanye kubijanye n'abasazwe…
Doudou arikumwe n'abandi baririmvyi baririmba indirimbo zihayagiza Imana agiye kuboneka mugisagara ca Bujumbura kuri uyu w'Imana Mumyaka indwi ataboneka mubiteramo bibera hano i Bujumbura ,Umuririmvyi aririmba…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.