Indirimbo ya Gospel kuri Ester Nish ngo niyo igiye gusozera uno mwaka inyuma y'indirimbo yaheruka gushira ahobona yise waradekonye aho ubona koyariko araririmba abo bose boba bakorera ikintu umuntu bakihinduka munyuma…
Biratangaje cane hano iwacu kubona umuririmvyi afise ubucuti n’umuririmvyi akomeye wa kera Big Fizzo akongera akagira ubwo bucuti budasanzwe n’umuririmvyi abenshi bita umwami w’uru runganwe rushasha ariwe Sat-B. Inyuma yaho…
Twibukanye : Haraheze igihe kitari gito umuririmvyi kazi w’umurundi Natacha ahaye izina mugenzi we Sat-b mukumwita Intare y’Ingabo (Simba Dume) maze nawe akiyita Simba Dike, ariko ubu hasa n’ahagiye kwaka umucanwa udasanzwe…
Emery sun avuga ko abantu bikanga ko umuziki ndundi wateye imbere, ariko ngo sivyo na gato. Abateye imbere kubwiwe ngo n'abatumirwa mu bikorwa bikomeye. Ukuba abaririmvyi ndundi ari isabagi, batari hamwe, ngo nico…
Ukuba Meddy ariwe yahawe umwanya ngo ahanure abanywa inzoga kuzirinda mu gihe batwara imodoka, abantu ntibabibona kumwe. Ngabo Medard ngo siwe yarakwiye gutorwa nka Brand Ambassador, ivyo n'ibishikirizwa na bamwe mu…
Inyuma yo gukorana indirimbo igatera uruhagarara mu bantu bivanye n’amajambo usanga mur’iyo ndirimbo, ni B-face yemeza neza ko iyo ndirimbo igiye gusohoregwa isanamu canke ico twokwita Video ariko bigakorwa aruko umuririmvyi…
Inyuma yo gushirwa kuri affiche y’igiteramo ca Bantu Bwoy bafadikanyije na Tokyo Business Center kigiye kuba kuri uwu wa gatandatu igenekerezo rya 14 Kigarama 2019, Big Fizzo yatanze umuco. Nk’uko abenshi bagiye bibaza…
Hari igiye c’isaha zitatu n’inusu mu Buganda kw’igenekerezo rya 6 Kigarama 2019 aho umuririmvyikazi Natacha yatera iteka i gihugu camwibarutse mu gutahukana akandi gashimwe ko mu gihugu kibanyi c’Ubuganda inyuma…
Aimable Tayaya ngo ntiyari yarabuze ahubwo yarakora ibikorwa hama ngo bihura n’ingorane kubari babimukoreye aca abanza kwinyegeza gato mukubanza kwiga isi uko imeze n’ukwihangana afise aho kugera ngo nakare iyubonye inzira…
Ibihe uko bigenda bibisikanya haraza haribonekeza zimwe mu mpano z’abigeme mu kuririmba ariko batigera bamara igihe kinini nk'ayandi mazina dusanzwe tubona amara igihe kinini muri uru rugendo rw’umuziki nk’abahungu. Uko…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.