Ntivyoroshe mu mudiho wa RAP aho Sage Wise asanzwe akorera akazi kiwe k'umuziki mu gihugu c'Ububirigi yikubise mugikiriza avuga ko yipfuza uwo wese yiyumva ko ari umuraperi yiyemera kuri Freestyle aze bahangane…
Inyuma yo kugenda akora zimwe mundirimbo zigakundwa n’abatari bake hano mugihugu ndetse n'abari hanze y'igihugu ni Lizzo abandanya akora ibikora inka muri uyu muziki w’Uburundi aho ubona ko abandanya yigarurira…
Inyuma y'urugendo rumutwara muvyigwa aho asanzwe ari mu gihugu ca Chypres arabandanya gukora ibikorwa vy'umuziki aho ubona ko abandanya akora ivyiza naho atari hafi. Aho aheruka kubaza abakunzi b'ibikorwa…
Inyuma yaho hagiye haraboneka uguterana amajambo kumpande zose uruhande rumwe ruti ntahiganwa rihaba hagati yajewe na naka uwundi nawe ati narasuzuguwe mfatwa nabi, ariko munyuma uwateguye igiteramo agasukamwo mabisi…
Mista Champagne ni umuririmvyi akunzwe cane kuri video akunze gukora asa nuwutanga ubutumwa kuri uyu canke uriya ariko ugasanga hari bamwe babifata nka Comedy bivanye n'uko hari izo akora ariko aratwenza. Akenshi…
Inyuma y'igihe kitari gito abarundi isinzi bazi ikiganiro Burundi Talent casanga abaririmvyi imuhira batiteguye kikabakangurira kwama biteguye kikanabibutsa ko ari ibiyo vy'abakurikirana ibikorwa vyabo ikiganiro…
Inyuma y’aho umuririmvyi Big Fizzo arumiriwe ku nsamirizi Buja Fm agashikoriza amajambo abenshi bagiye bavugako vyishi, uno musi igenekerezo rya 21 Nzero naho harihatumiwe umuririmvyi Sat- B mukiganiro Hit Connexion. Sat B…
Uwo bari bakunze kwita Bernard Nkundabantu yitavye Imana kuri uyu wa 6, azoshinguranwa iteka kuri uyu wa 5 igenekerezo rya 24 nzero 2020. Amakuru dukesha abegereye umurwi uriko wiruka ku bijanye no gushingura uwo musore…
Inyuma ya WHO’S THE BEST CONCERT hadutse amajambo afise ubumara bukaze bishobora kuduza irindi shusho mu muziki w’Uburundi. Big Fizzo abicishije ku nsamirizi Buja Fm mukiganiro Sunday Viber ati :"Mfise indirimbo nyinshi…
Emery Sun arasigura neza inyungu Uburundi bwoba bwararonse muri iyi myaka ibiri 2017-2019 Inyuma y’igihe umuririmvyi Emery Sun abuze umuvyeyi wiwe (PAPA) agasa nkuwibagirana mu muziki aravuga neza ko ivyo kubura canke…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.