Inyuma yaho ibihugu nk’Urwanda, Ubugande, Kenya na Tanzania bahagarikiye ibikorwa bihurirwamwo n’abantu benshi nk’ibiteramo, amasengero, amashure n’ibindi, Urwanda rwo rwahavuye rufata ingingo yo kugumiza mu mazu…
Hari ku musi wa kane igenekerezo rya 05 Ntwarante 2020, aho umugwi wa Etoile de Guinée y'umukinyi wa kera wa Guinea Conakry Pascal Feinduno yigeze gukora amateka adasanzwe muri ico gihugu yagira isanganya. Iryo sanganya…
Ibimenyetso vyose Bihari muri kino gihe vyerekana ko Nasibu Djuma benshi bazi nka Diamond atakiri kumwe n’umukunzi wiwe Tanasha Donna. Ivyo ni nkuko uwo mukunzi atakibarizwa muri Tanzania, ariko ageze muri Kenya. Uwo mwigeme…
Mu kiganiro uwahoze ari kizigenza w'intamba mu rugamba mu myaka 20 iheze Juma Mossi yakoranye na Indundi TV yavuze y'uko afise umwana wiwe w'umwigeme yubakanye n'umukinyi akinira umugwi nserukira gihugu…
Mw’itangazo yaraye ashize ahabona abicishije ku mboneshakure y’igihugu ENTV, umushikiranganji w’amagara y’abantu mu gihugu ca Algeria yemeje ko umuntu wa mbere bamusanzemwo ingwara ya coronavirus imaze igihe ihekura abantu…
Intandaro ya Diamond na Harmonize gutandukana ngo ni umukunzi wa Harmonize, Sarah, nkuko bishikirizwa n’umwe mu begereye abo baririmvyi muri Tanzania. Nkuko tubikesha imboneshakure Carrymastory ngo kuba Sarah…
Umwamikazi w’ubwiza Zarinah Hassan yasubiriye kandi gushusha imitwe abantu mu gushira ahabona amashusho yiwe asa nkaho ari gusa, akayasangiza ku rubuga rwiwe rwa Instagram. Abakunzi biwe co kimwe n’abatamwerekwa bakaba…
Umwe mu banyarusaku akurikiranira hafi ivy’ubuzima bw’aba Stars muri Tanzania, mu kiganiro aheruka gutanga yavuze vyinshi ku baririmvyi nka Diamond, Alikiba, Harmonize n’abandi. Kuri Diamond na Zari yavuze impamvu…
DJ Miller ari muba DJ bakunzwe cane I Kigali avuga ko babangamiwe cane n’abantu babiba amafaranga, kandi ngo bikaba biba akatari gake, atari kuwe wenyene ariko ngo no ku bandi ba DJ batandukanye bari I Kigali. Miller…
Mu gihe abatari bake muba Tanzania batari biteze ko Diamond ahava aryoherwana n’umukunzi wiwe kuri uno musi w’abakundana, uwo muririmvyi yakoze ivyatangaje abantu benshi. Nkuko amakuru dukesha ikinyamakuru SNS co muri…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.