Samuel Eto’o Fils ntiyerekwa iciyumviro c’uwurongoye ishirahamwe ry’umupira w’amaguru kw’isi Gianni Infantino, aho yashikirije ko abona ko ihiganwa ry’umupira w’amaguru muri afrika CAN ryotegurwa buri myaka 4. Uwo murongozi…
Abarundi n’abanyarwanda barageramiwe n’abenegihugu ba Malawi, imvo n’imvano ngo kubera kwagirizwa ko harimwo ababiciye abantu 3 baheruka kugandagurwa. Amakuru dukesha ikinyamakuru BBC avuga ko abanya Malawi batariko…
Le "Lincell" est la dernière création de l’innovateur autodidacte Lincoln Wamae. Le jeune Kényan résout les problèmes de mobilité avec des matériaux recyclés. Il fabrique des chaises électriques personnalisées pour…
Umukuru w'Igihugu ca Kenya Nyakubahwa UHURU Kenyatta, uyu musi igenekerezo rya 04/02/2020 yatangaje urupfu rw'uwahoze arongoye Igihugu ca kenya kuva mu myaka ya 1978 gushika 2002, imyaka 24, akaba rero…
Igipolisi ca Afrika y'Epfo cataye muri yompi abanyamahanga 100 badafise ibibaranga mu karere ka Diepsloot kari mu buraruko bw'igisagara ca Johannesburg inyuma y'imigumuko yadutse muri ico gisagara. Iyo…
Ukwonda gukomeye kwa Wema Sepetu kuriko kuvugwa ugutandukanye, na mama wiwe ngo ntashaka kugira vyinshi akuvugako. Ivyo nivyo aheruka gushikiriza mu kiyago yagiranye na kimwe mu binyamakuru bikomeye vyo muri Tanzania. Uwo…
Inzu Hamissa Mobeto agize imisi abamwo iri mu bwoko bw’amagorofa, abantu bariko bayivugako vyinshi, birimwo ko yoba ayipanze, mu gihe bigize igihe bivurwa ko uwo mukobwa yaguze iyo nzu iherereye mu gisagara ca Dar es Sallam.…
Inyuma y'igihe abaganga bari muri yegereyegere kugira umushahara wabo uharurwe mu mafaranga y'abanyamerika, umunyamafaranga w'umunya Zimbabwe ariko akorera mu bwongereza yemeye kuzoriha abaganga bose…
Amatora nyezina ategekanijwe kuba mu mpera zo muri uyu mwaka w’2020 muri Tanzaniya ngo azoba meza cane kandi ahurikiyemwo bose. Ivyo ni ivyaraye bishikirijwe n’uwuramutswa ico gihugu Doctor John Pombe Magufuli ku mugoroba wo…
Kimwe mu bibanza vyakira ubukwe muri afrika y'epfo vyanse kwakira ubukwe bw'ababana basangiye igitsina, aho ni mu gihe ico gihugu kiri muri bike vyemerera abantu kubana basangiye igitsina. Amakuru dukesha…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.