Umushikiranganji w'ikigega muri Leta ya Afrika y'epfo abona ko nabo bohamvya abandi mu kwemeza kudandaza urumogi, naho basanzwe bemera ko abantu barukoresha mu ngo zabo. Umushikiranganji w'ikigega ca Leta ya…
Mu kumusoma yabanje kwanza kumubaza ko adahava amurya kuko yaheruka guhura n'ivyago vyo gukwegwa ukuboko n'umukirisu yari mubo yariko aramutsa. Mu gihe yaheruka gushikirwa n'ibibazo agakubita udukofe ku kuboko…
Sadio asaba imbabazi kuba atabashije gushika muri Senegal, ariko akikeza abakunzi biwe ko agiye gusubirayo vuba. Sadio Mane yasavye imbabazi abakunzi biwe bo muri Senegal aho avuka, kuba atashoboye kubashira agashimwe…
Umupasiteri yafatishije umukirisu yireze ko yahoze mu murwi y'iterabwoba wa Al Shabab mu gihugu ca Somalia. Muri Kenya igipolisi cahamagawe inyuma yaho umugabo yatuye asaba imbabazi, aho yavuze ko yigeze kuba ari mu…
Neymar yashize imigozi mu masezerano ashobora gusubira gukorana na PSG mu gihe bomusaba ko aguma muri uwo murwi uri ku mugwa mukuru w'ubufaransa ariko ukaba ari uw'abanya Qatar. Ukuguma muri PSG kwa Neymar ngo naho…
Zari ngo niwe wa mbere muri Uganda akurikiranwa cane ku rubuga rwa Instagram. Nayo ibihangange mu muziki muri Uganda ngo nubwo vyoteranya ababakurikirana ngo ntibanamwegera. Zarinah Hassan benshi bazi nka The boss Lady,…
Mu gihe yashaka kubaza abanywanyi b'umugambwe wiwe ko bamushigikiye mu kwitoza mu matora Uganda yimirije mu mwaka wa 2021, Bobi Wine yaciye atabwa muri yompi. Bobi Wine umunyepolitike atavuga rumwe na Leta ya Uganda…
El shabab yasubiye kugaba igitero kw'ikambi y'abanyamerika mu bumanuko bushira uburengero bwa Kenya, aho hari kuri uyu wa mungu. Umusirikare 1 n'abasivile 2 b'abanyamerika nibo igisata AFRICOM kimenyesha…
Abana 2 b'amahasa bo muri Leta zunze ubumwe za amerika, bavukiye imyaka itandukanye kandi n'amatariki samwe. Mu gihe bimenyerewe ko amahasa avuka mu mwaka umwe kandi n'amagenekerezo akaba asa, muri Leta zunze…
Ukwiruka inyuma y'uwo mwagendanye ngo nuko aguhevye afatanye n'uwundi ngo n'uguta umwanya gusa. Nayo abomushira munzu ngo baruzuye nuko atarabishaka gusa. Wolper ngo nta mwanya agira wo kwiruka inyuma…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.