Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
Create
Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • News
  • Page 25

News

Allafrica newsWorld News
homepage

Omicron yatumye ingendo z’indege zirenga 8000 zihagarikwa 

by yanick
5 years ago
106
africa news

Message du Président de la Commission de l’Union africaine, à l’occasion de la célébration de la Journée de l’Union Africaine

5 years ago
103
Health

Mu bushinwa umwanda mukuru niwo ugiye kuza urabwamwo…

6 years ago
107
africa news

Kigali yasubijwe muri Gumamu rugo ( Lockdown )

6 years ago
106
africa news

Mu buseruko bwa Congo abarenga 500 nibo bahasize ubuzima

 Ikiza ca Ebola cahitanye abarenga 500 mu mezi 6, inyuma yaho gihitanye 11,000 mu burengero bwa Afrika. Ariko imirwi ijejwe kugwanya iyo ngwara ikaba yarabashije gukingira abarenga 76425 kubera incanco bahawe. Kuri uyu…

adminby admin
Feb 10, 6:44 pm
104
homepage

Mbappe ati :”iyaba vyamvako mba narashitse muri Real Madrid”

Nka hamwe PSG imurekuye, Real Madrid ikamugura, kuri yoba ari amata avyaye amavuta. Mbappe ati :"iyaba vyava kuri jewe mba narashitse muri real Madrid kuva kera". Ivyo n'ivyashikirijwe n'uwo mukinyi…

adminby admin
Feb 4, 6:52 pm
106
homepage

Ivya Messi bibandanya bihindura inzira bifata

Naho we ngo ataco arabasha gushikiriza ku mugaragaro, Lionel messi yaramaze igihe asa n'uwudakinira umurwi nserukira gihugu ngo yoba yasavye $ 1,000,000 angana 2,700,000,000 fbu ngo azokinire uwo murwi mu rukino rwa…

adminby admin
Feb 2, 7:51 am
104
french

Facebook sur le point de fusionner WhatsApp, Instagram et Messenger

Il semblerait que Facebook envisage une fusion de ses trois plates-formes de messagerie - WhatsApp, Instagram et Facebook Messenger - permettant aux utilisateurs d'envoyer des messages entre les réseaux pour la première…

janvierby janvier
Jan 29, 8:51 am
105
africa news

Zimbabwe : Inyuma yo gukora imodoka, ageze kurwego rwo gukora indege

Sangulani Chikumbutso, umwenegihugu wo muri Zimbabwe atashoboye kurangiza amashure yisumbuye aherutse gukora indege kajugujugu, imodoka ikoresha umuyagankuba hamwe na drone. Uyo musore yavukiye mu minyaganyaga mu ntara…

janvierby janvier
Jan 28, 8:51 am
103
featured sport

Hussein Tshabalala yaguzwe n’umugwi wo muri Ethiopia

Umukinyi w'umusatirizi w'Intamba mu rugamba Hussein Shaban Tshabalala yaguzwe n'umugwi wo muri Ethiopia. Hussein Shaban Tshabalala akaba yari amaze imisi 4 ari hano i Bujumbura kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 23…

bosingwaby bosingwa
Jan 24, 3:45 pm
105
football

Indundi sports | Gonzalo Higuain yaguzwe na Chelsea bicopesheje

Umugwi Chelsea waguze ku mukopo umusatirizi w'umugwi Juventus Gonzalo Higuain imukura muri AC Milan aho yari yatijijwe. Kuri uyu wa Kane igenekerezo rya 24 Nzero umwaka wa 2019 niho umugwi Chelsea wo mu bwongereza…

bosingwaby bosingwa
Jan 24, 3:37 pm
105
Entertainment

Rihanna arahangayikishijwe n’ibiriko bishikira Chris brown

Mu gihe Brown aheruka kurekurwa i Paris, Rihanna nawe ngo arahangayikishijwe n'iiriko biramushikira kubera ukutabona kure kwiwe. Rihanna ngo yoba ahangayikishijwe n'uburyo uwahoze ari umukunzi wiwe ariko arabonwa…

yanickby yanick
Jan 23, 6:47 am
104
Burundi

Indundi Sports | Solskjaer yagize ico avuze kuri Lukaku

Umumenyereza wa Manchester United Ole Gunnar Solskjaer yagize ico avuze kuri Romelu Lukaku . Aganira na kimwe mu bimenyeshamakuru vyo mu bwongereza aho yabajijwe kuvyerekeye kudakinisha cane Romelu Lukaku akaba…

bosingwaby bosingwa
Jan 21, 1:18 am
105
africa news

Diamond yarahiye ararengwa ko atazomuca inyuma

Diamond ngo yahindutse ivy'ugucana inyuma ntagisubira, ubu agiye gukunda umwigeme Tanasha wenyene. Diamond aremeza ku mugaragaro ko ivy'ugucana inyuma ngo agiye kubihagarika, ico nico yabwiye umwigeme Tanasha bagize…

yanickby yanick
Jan 19, 4:55 pm
105
  • Previous
  • 1
  • …
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • Next

Weekly Popular

B face ngo ntazonanirwa n’ugutunga ubukwavu yagabiwe n’umukuru w’igihugu
Burundi
334

B face ngo ntazonanirwa n’ugutunga ubukwavu yagabiwe n’umukuru w’igihugu

Amazing
110

19 Times Women Were Total Bosses While Lifting Each Other Up

# Indundi Sports | Officiel : Niyonkuru Gustave niwe mumenyereza mushasha wa Espoir Fc
abakinyi bakina hanze
260

# Indundi Sports | Officiel : Niyonkuru Gustave niwe mumenyereza mushasha wa Espoir Fc

Burundi organizes the 3rd edition of the National High Level Forum of Women Leaders
Cooperation
275

Burundi organizes the 3rd edition of the National High Level Forum of Women Leaders

Amahera yo gushira muri Esther Nish ntayo
Burundi
261

Amahera yo gushira muri Esther Nish ntayo

Indundi Culture | Magazine
© 2026 Indundi Culture | Magazine - Burundi Entertainment theme by akbilisim.
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
Indundi Culture | Magazine
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
  • Diaspora
© 2026 Indundi Culture | Magazine - Burundi Entertainment theme by akbilisim.
Create

Login

Welcome, Login to your account.

  • Login With Facebook
  • Google
  • Twitter
Or
Forget password?

Register

Welcome, Create your new account

You have an account? Go to Sign In

Recover your password.

A password will be e-mailed to you.

Sign In