Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 14 Mukakaro 2020, ikinyamakuru Cuatro.com cashize ahabona urutonde rw'abakinyi 10 b'abanya Africa b'ibihe vyose. Umugabane wa Afrika ni umugabane urimwo abakinyi…
Genevieve Nnaji amepewa rasmi heshima ya kuwa member wa Academy of Motion Picture Arts and Science na hivyo kuanzia sasa ataweza kupiga kura kuchagua washindi wa tunzo za Oscars ambazo ndio tuzo kubwa zaidi za filamu…
Abahinga b'Abatariyano bavuga ko umugera wa coronavirus watanguye kwibonekeza mu kwezi kwa Kigarama mu mazi atwara imicafu yava mu bisagara bibiri, imbere y'uko ico kiza gitangazwa muri ico gihugu. Ikigo…
Ishirahamwe ryunguruza abantu n’indege Kenya Airways rikomoka mu gihugu ca Kenya ngo vuba rirategekanya gusubira ku mirimo inyuma y’igihe kitari gito ryari rimaze ridakora ku mvo z’ikiza ca coronavirus kimaze igihe…
Igihugu c'ubwongereza camenyesheje y'uko amahiganwa yose yari yahagaritswe muri ico gihugu kumvo za Coronavirus agiye kubandanya kuva kw'igenekerezo rya 1 Ruheshi 2020, ariko naho izo nkino zigiye…
Umukinyi w'umusatirizi w'Umugwi wa Tottenham Son Heung -Min yari amaze imisi ari mu myimenyerezo ya gisirikare yasubijwe mu buzima busanzwe . Ku makuru twasomye ni uko mu gihugu ca Koreya y'epfo ni itegeko ko…
Umuryango w'ubumwe bwa Afrika watangaje ko uriko uravugana na Reta ya Madagascar kugira ngo upime neza ko umuti ico gihugu giheruka gutora ko koko woba uvura covid-19. Nk’uko biri mw’itangazo umuryango w’ubumwe bwa…
Mu gihe isi yugarijwe n’ikibazo ca COVID-19, Davido we ntiyicaye kuko abandanya akora nkuko bibandanya biboneka mu bikorwa ashira ku mbuga ngurukanabumenyi. Inyuma y’indirimbo aheruka gushira ahabona muri uku kwezi kwa 4,…
Umutwe Zinedine Zidane yakubise Materazzi mu mwaka wa 2006 ngo vyavuye ku majambo yerekeza kuri mushikiwe. Mu kiyago uwo mukinyi wa kera w’ubutariyano aheruka gutanga yavuze neza ivyo yabwiye Zinedine Zidane, aho bari bamaze…
Inyuma yaho Esther kamatari amenyeshereje ko ariko akora udufukamunwa tugenewe guhabwa abanya Mali, uwo munyamideri w’umurundikazi akomeye yatanguye gutanga imfashanyo ku bigo bitandukanye vyo muri ico gihugu. Nkuko amakuru…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.