Afatwa nk’umumenyeshamakuru kiremesha w’urunganwe rushasha, yazanye impinduka muri ico gisata na cane cane muri Sport, Steves Derrick ni umutumire wacu isaha 12 (18h) amasaha ya hano ibujumbura kw’igenekerezo rya 15 kigarama.…
https://www.youtube.com/watch?v=kvJfdSbQCkk Imbuga hafi nka zose za Google ngo ntizariko zirakora ku basanzwe bazikoresha kandi kw’isi hose. Izo mbuga nazo ni nka Youtube, Gmail n’izindi zitari nke zisanzwe zikoreshwa…
Haraheze iminsi ikigo Pfizer na BioNtech c'ubudagi na Amerika gitanguye gukoresha incanco cakoze zikingira ikiza Corona Virus. Margaret Keenan akaba ari umukecuru w'umwongerezakazi w'imyaka 90 yabaye uwambere…
Nk’uko mu bizi buri kwezi ishirahamwe ry’umupira w’amaguru kw’isi FIFA ryama risohora urutonde rw’uko imigwi nserukirabihugu yama isumbasumbanya ibibanza , Uburundi muri kuno kwezi kwa Kigarama bwagumye mu kibanza ca 138.…
Mu gihe haheze iminsi mike imwe mu ntwari z'umupira w'amaguru Diego Armando Maradona yitavye Imana ku myaka 60 ihitanywe n'ihagarara ry'umutima ryabaye igenekerezo rya 25 munyonyo 2020, iyo ntwari yoba…
Ubuja bwo mu gihe ca none ngo bugizwe ahanini n’urudandazwa rw’abantu, ugukoresha abantu mu rudandazwa rw’igitsina, ikoreshwa ry’abana, ukurongoza abantu ku nguvu, hamwe no gukoresha abana mu ndwano. Biri mw’itangazo…
Kuri uyu wa mbere waraye uheze igenekerezo rya 30 Munyonyo 2020, abajejwe gutanga ibirego mu gihugu ca Argentine batanguye kugirira amatohoza umuganga w’umuhisi Diego Armando yitavye Imana ku musi wa gatanu uheze igenekerezo…
Uwatsinze igitsindo ca mbere mu gikombe c’isi c’umwaka wa 2002 agitsinze Ubufaransa aho Senegal yatsinze igitsindo 1-0 , Papa Bouba Diop yaraye aryamiye ukuboko kw’abagabo . Papa Bouba Diop akaba yari umukinyi wo hagati mu…
Jean Niyonkuru, yagirizwa ubushobozi buke bwo gutunganya amatora y’indongozi nyezina z ’abarundi baba mu Bubirigi kuva mu mwaka wa 2019 ntakibarizwa muri ayo mabanga vy’imfatatakibanza. Amaze,kubona ko amategeko agenga…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.