Ubuhinga bwo kumenya umuntu bakoresheje phone bwatanguye gukoreshwa ku bagura aga telephone mu bushinwa. Kuva kuri uyu wa mbere kigarama 2019, mu bushimwa uwushaka kugura agahamagazo, telephone, ategerezwa kwemera kuba…
Mu rwandiko ibiro vy’umukuru wa Reta Zunze Ubumwe z’Amerika Donald Trump vyaraye bimenyesheje inama nshingamateka y’ico gihugu ko ingingo ishira Uburundi mu bihe bidasanzwe ibandanya. Muri ubwo butumwa umukuru w’igihugu…
Kuba Christiano na Messi batakiri kumwe mw'ihiganwa rimwe, Christiano yerekanye ko afise kinini yahomvye. Christiano aremeza ko hagati yiwe na Messi hari imigenderanire myiza cane, naho batarabasha gusangirira hamwe na…
Icizere ni cose ko 24h chrono ishobora gusubira kandi gukinywa, ariko hakibazwa nimba Jack Bauer azohava asubira gukina. Ireresi abantu batari bake bakunze cane, 24h chrono ngo yoba igiye kandi gusubira gukinywa, noneho…
Urukurukuru ko Jayz yoba akomoka mu Rwanda rwamaze gukwiragizwa hirya no hino. Abantu bamwe bakaba bamaze kumutorera amazina. Igitero ca 3 c'indirimbo nshasha ya Beyonce cavyuye ibibazo bitari bike mu bakurikirana…
Lionel Messi nawe ahamagarirwa n'abatari bake guhaguruka akerekeza mu gihugu ca Italie ngo aje gukinirayo nayo, nka Cristiano Ronaldo. Lionel messi abarizwa muri Barcelona kuva mu mwaka wa 2004, ahamagarirwa kwerekeza…
Neymar aheruka kuvuga uburyo yiyumva inyuma y'igihe arwaye, ariko ntiyashima gucira hasi ku kibazo kijanye n'umurwi azokinira mu nkino zimirije. Inyuma y'igihe cababa amezi 2 ari inyuma y'ikibuga kubera…
Inajulikana kuwa akuna msanii wa Burundi ambaye yuko nje na anazidi kufanya vizuri, baada yakuteng’neza Movie yake inayoitwa COP'S ENEMY kwasasa ameandika kwenye ukurasa wake wa Facebook akisema: “It’s all God’s Plan!…
Umugwi ujejwe amatora agiye kuba hagati y’Abarundi baba muri Reta zunzubumwe za Amerika, ubicishije ku cegera c’umuyobozi wawo, uributsa Abarundi bose baba muri Leta Zunzubumwe za Amerika bashoboye kwiyandikisha kugira ngo…
Umukinyi Mohammed Amissi ashobora gukina urukino rwa Madagascar canke ntarukine. Mu rukino rwo kw' igenekerezo rya 22 Ruheshi umwaka wa 2019 aho u Burundi buhura na Nigeria mu nkino za CAN 2019 mw'itsinda B aho…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.