Ishirahamwe ritwara umupira w'amaguru muri Africa (CAF ) ryafashe ingingo y'uko urukino rwa nyuma rwo gusubiriza rwa CAF Champions League rwahuje Esperance de Tunis hamwe na Whydad Casablanca y'uko…
Umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba wamaze gushika i Doha mu gihugu ca Qatar. Inyuma yo gufata indege berekeza i Doha mu gihugu ca Qatar kuri uyu wa Mungu waraye uheze igenekerezo rya 02 Ruheshi umwaka wa 2019…
Umumenyereza w'Intamba mu rugamba Alain Olivier Niyungeko yavuze ku majambo amaze imisi avugwa y'uko ashobora guhindura kizigenza w'intamba mu ruganmba. Aganira na indundi Sports aho yariko iramubaza amakuru…
Mutoyi wa nyakwigendera Papy Faty ariwe Iddy Faty yamaze kurekurwa. Iddy Faty akaba yari yapfunzwe kuva kw'igenekerezo rya 7 Rusama uwu mwaka apfungirwa mu gisagara ca Johanesbourg muri Afrika y'epfo bamukuye ku…
Kizigenza w'intamba mu rugamba Ndikumana Seleman yaraye agize igisabisho ca Umrah imbere y'uko afata indege imushikana I Bujumbura. Ku musi wa kabiri igenekerezo rya 23 Rusama umwaka wa 2018, niho Kizigenza…
Umugwi ukomeye wo mu gihugu ca Espagne Fc Seville wamaze gushika mu gusagaca ca Dar es salam. Neza na neza uyo mugwi washitse ku kibuga c'indege ca Dar es salam ca Julius Kambarage Nyerere isaha indwi 7 z'ijoro!-->!-->!-->!-->!-->…
Uwahoze ari umukinyi wa kera wa Manchester United Patrice Evra yavuze abakinyi babiri ba Manchester United bafise ubushobozi bwo gukina muri Real Madrid . Aganira na kimwe mu binyamakuru vyo mu bwongereza Patrice Evra!-->!-->!-->!-->!-->…
Igurishwa rya Neymar ngo ryabaye ngirakamaro kuri Fc Barcelona gusumba PSG yamuguze nk'uko bishikirizwa n'umukuru wa PSG, Josep Maria Bartomeu. Ivyo akaba abivuga kubera ngo imiriyoni 222 z'amafaranga!-->!-->!-->!-->!-->…
Mu gihe uno musi hari inkino 2 zo gusubiriza za Champion league, aho umurwi wa Juventus uza guhura na Ajax, nayo Barcelona igahura na Man United, izo nkino ntizibonwako rumwe. Morinho abona ko imirwi ya Juventus na!-->!-->!-->!-->!-->…
Dans le bras de fer qui opposait la Cour pénale internationale aux Etats-Unis de Donald Trump, il semble que l’administration américaine ait pris le dessus. La Cour vient d’annuler une demande de sa procureure d’ouvrir une!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.