Igihugu ca Egiputa cerekanye ku mugaragaro amasandugu 59 aherutse kubonwa bushasha mu bumanuko bwa Kayiro, umurwa mukuru w’ico gihugu, bikaba bivugwa ko ayo masadugu naho akozwe mu biti yoba amaze imyaka yababa 2500. Ayo…
A partir de son compte Twitter , Donald Trump, président des États-Unis d'Amérique à annoncé au monde entier que lui et sa première dame ont été positifs à la pandémie de Covid-19 et qu'ils comptent sans tarder…
Igekenekerezo rya 21 Nyakanga uko umwaka utashe amakungu arahimbaza umunsi mpuzamakungu wahariwe amahoro. Mw’itangazo ry’ishirahamwe mpuzamakungu ONU, bahamagarira abantu bose kw’isi kuja hamwe mu kugwanya ikiza ca…
Urukingo rw’ikiza Corona Virus ngo rwaramaze kuboneka, ibihugu bimwe bmwe bikaba vyaramaze no gushinga igiciro urwo rukingo ruzogurwa. Ihinguriro Sanofi ryo mu bufaransa ryemeza ko ryamaze gutangura guhingura urwo…
Ukunezerwa aba kino gihe bita "kurya ubuzima" bimukoze Neymar, aho n'inyuma y'imisi bari bagize bari mu gace kitwa Ibiza muri Espagne hamwe na bagenziwe. Ikivugwa ubu ku mugabane wa Buraya ku mukinyi…
Ubu uriko usoma ino nkuru Ronaldinho umukinyi wa kera w'umurwi Barcelona kandi n'umwe mu bakinyi bakoze ibikora inka mu mugwi nserukiragihugu wa Bresil ngo abarizwa mu gihugu ciwe c'amavukiro. Aho…
Mu gihe mu Bufaransa naho ryabaye itegeko nkaho inyuma ya Kanyaru kwambara Mask benshi bakunze kitwa agafukamunwa, abafaransa batanguye kugira amakenga akomeye. Nkuko amakuru dukesha ikimakuru co mu bufaransa, ngo muri!-->!-->!-->!-->!-->…
Abana bakiri bato b'abigeme batwaye inda muri bino bihe vy'ikiza Corona Virus ngo n'umurengera nkuko amakuru dukesha ibimenyeshamakuru mpuzamakungu abishikiriza. Abana b'abakobwa bagera ku 4000 nibo bamaze…
Abahinga b'Abatariyano bavuga ko umugera wa coronavirus watanguye kwibonekeza mu kwezi kwa Kigarama mu mazi atwara imicafu yava mu bisagara bibiri, imbere y'uko ico kiza gitangazwa muri ico gihugu. Ikigo…
Igihugu c'ubwongereza camenyesheje y'uko amahiganwa yose yari yahagaritswe muri ico gihugu kumvo za Coronavirus agiye kubandanya kuva kw'igenekerezo rya 1 Ruheshi 2020, ariko naho izo nkino zigiye…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.