Nadine Goncalves mama wa Neymar Jr umukinyi rurangiranwa asigaye afise umukunzi mushasha nkuko amakuru dukesha ikinyamakuru UOL Le sport abishikiriza. Ivyo bikaba vyashizweko igikumu n’ishusho umuvyeyi w’uwo musore yashize…
Hampande yuko isi iriko irabura abantu ku bwinshi kubera ikiza ca Corona Virus kiriko kiratema gitongora muri kino gihe, isi ishobora kugira ikindi kibazo gikomeye mu misi ya vuba nkuko ONU ibishikiriza. Ico kindi kibazo isi…
Uko imisi ihera niko abantu bagwaye ikiza ca COVID 19 babandanya bagwira kw'isi, kuko mu mezi 2 gusa abamaze kugwara bamaze kurenga 1,500,000 nayo abo kimaze guhitana bo bakaba bamaze kurenga 65,000. Mu butariyano kimwe…
Muri Leta zunze ubumwe za amerika muri leta ya New York ahari abantu benshi bamaze gufatwa n’ikiza ca Corona Virus, hatanguye gukwiragizwa ubutumwa kugira abamaze gukira ico kiza bafashe abatarakira. Ukwo kubafasha nkuko…
Uko imisi ihera niko isi ibandanya itangazwa n’ikiza c’umugera Corona Virus gitera ingwara Covid-19 iriko irahekura imiryango itari mike. Inyuma y’umwana akiri muto, n’ukuvuga akiri umuyabaga aheruka kwitaba Imana mu…
Umushikiranganji wa mbere w’ubwongereza nawe yafashwe n’ingwara ya Covid-19, ivyo bikaba vyamenyekanye kuri uyu wa gatanu inyuma yaho baboneye ibimenyetso vy’abafashwe n’uwo mugera wa Corona Virus. Amakuru dukesha…
Mu gihe impari ari nyinshi ku muti woshobora gukoreshwa mu kugwanya ikiza c’umugera wa Corona Virus gihangayishije isi, kandi kiriko gitwara abantu benshi, barenga 1000 ku musi, mu bufaransa hari uwo bamaze kwemeza…
Umukinyi w'inyuma wa Real Madrid umunya Brezile w'imyaka 31 Marcelo ariko aronderwa n’umugwi wa Juventus ukina mu cicaro ca mbere mu gihugu c’Ubutariyano. Kuva mu ntango z'uno mwaka Umukinyi Cristiano…
Igisagara ca Wuhan mu bushinwa kizwiko kuba arico catanguriyemwo ikiza ca Covid-19 kiriko kirasasika inganda kw’isi, ngo kigiye gutezurirwa kugira abenegihugu bafise amagara meza bagiye kurekurirwa gutembera mu bindi…
Inkino zisanzwe zihuza abanonotsi batandukanye bavuye kw’isi hose, Jeux Olympiques, zamaze kwegezwa inyuma, bivuye ku kiza ca Covid-19 giterwa n’umugera wa Corona virus. Izo zikaba zibereye I Tokyo muri uno mwaka nyene…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.