Mu gihe ikiza ca Coronavirus kigisibije mu gihugu c’Ubushinwa, abagerageza gukinisha ico kiza mu bihugu bitandukanye ntibaheza ngo boroherwe, kuko batabwa mu mvuto, bagakurikiranwa n’ubutungane. Ivyo n’ibiheruka gushikiriza…
Kizigenza w'umugwi wa Fc Barcelona Lionnel Messi ashobora gusezera muri uwo mugwi. Impamvu ishobora gutuma Lionnel Messi asezera muri uyo mugwi ni uko uburongozi bw'umugwi wa Fc Barcelona bwananiwe kugarukana Neymar…
Abarenga 811 nibo bamaze kwicwa na ca kiza catera mu gihugu c’Ubushingwa citwa CoronaVirus, abo bakaba bangana n’ibice 2 kw’100 vy’abarenga ibihumbi 37 198 bamaze kumenyekana ko bafashwe n’iyo ngwara kw’isi, mu kiringo…
Neymar yasubiriye kandi kuboneka ku kibuga c’umupira w’amaguru aho umurwi wa PSG wariko urimenyerereza kuri uyu wa 5, ariko hakaba hakiri kare ngo vyemezwe ko uwo mukinyi azokina mu rukino rw’igice c’umunani gishira ica…
Mu gihe abatari bake bari biteze ko Neymar ashobora guhanwa n’umurwi ujejwe indero, kubera inyifato yifashe imbere y’umuhagarikizi, abantu batangaye bumvise ko ata kizomwagira, kuko mu cegeranyo catanzwe hatigeze hashirwamwo…
"Hello Miami!" niyo majambo yari mu ndirimbo zari ziherekejwe n'ingoma hamwe n'inzamba. Mu rukino rwari rurindiriwe cane rwa Super Bowl muri Amerika ejo ku wa Mungu, abaririmvyi rurangiranwa babiri Shakira…
Mu nkino 25 umaze gukina, umurwi wa Arsenal umaze gutsindamwo zitandatu gusa, unganya mu nkino 13 utsindwa zitandatu, ibitari bwigere biwubako kuva mu mwaka w'inkino w'1912 ushira uw'1913. Ejo ku wa Mungu,…
Abakenyezi bo mw’idini rya Islam mu Bwongereza ngo bafise impungenge nyinshi inyuma yaho hamenyesherejwe ko hashobora gukurwaho uburyo bari bafise bwo kuja kwibagisha ku batakaje ubusugi bakabusubizwa. Ayo makuru dukesha BBC…
Kuri uyu w’Imana niho Neymar azokwiza imyaka 28 y’amavuko, uwo akaba yitezweko urubanza rukomeye I Paris mu Bufaransa, nkuko amakuru dukesha ibinyamakuru vyo kuri uwo mugabane abishikiriza. Naho biruko hari abatabona ryiza…
Cristiano yasubiye kwerekana ko akunzwe mu gukwiza abantu imiliyoni 200 kuri Instagram bamukurikirana, aho ni mu gihe adasiba kwifatira ikibanza ca mbere mu bintu bitari bike mu mupira w’amaguru. Uwo mukinyi rurangiranwa…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.