Kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 29 Nzero 2020 niho Umuhanuzi canke umuvugabutumwa Prophet Nigel Gaisie yamuka mu gihugu ca Ghana yavuga y'uko hamwe yohabwa ibice 10% vy'agaciro kimiriyoni 500…
Kuva igenekerezo rya 13 Munyonyo umwaka wa 2012 hari umugabo umwe yitwa Noso yanditse kuri Twitter yiwe y'uko igihangange ca NBA Kobe Bryant azopfira mw'isanganya ry'indege ya Kajugugu bikaba ari navyo vyaraye…
Ari nka hamwe Kylian Mbappe ngo yokora hasi, abo muri Real Madrid bariteguye kumwakira. Ivyo n’ibiheruka gushikirizwa n’umwe mu bakinyi b'inyuma b’uwo mugwi “Nacho Fernandez”. Mu kiyago uwo mukinyi w’inyuma wa Real…
Leta zunze ubumwe za amerika ngo zishobora kuba zigiye gutangura kwanka guha uburenganzira bwo kwinjira mu gihugu (VISA) abagore bibungenze, baba bafise umugambi wo kuja kuvyarirayo. Amakuru dukesha ijwi rya amerika avuga ko…
Intanga z'abantu bapfuye ngo zishobora gukoreshwa, bigatuma haboneka umwana. Ivyo n'ibiheruka gushikirizwa na Journal of Medical Ethics, aho bavuga ko ubwo ari bumwe mu buryo bwotuma haboneka Stock nini…
Rihanna ngo yamaze gutandukana n'umukunzi wiwe w'umwarabu, Hassan Jameel. Ivyo bikaba biheruka gushikirizwa n'ikinyamakuru Us Weekly. Nkuko amakuru dukesha ikinyamakuru Elle abivuga ngo abo bakunzi bari…
Irani ivuga ko yahagaritse umuntu yafashe ireresi yerekana ya ndege ya Ukraine yari itwaye ingenzi yarashwe n'igisasu ca misire. Uyo muntu ashobora kwagirwa n'icaha co guhungabanya umutekano w'igihugu. Iyo…
Imirwi imwe ntiyerekwa Neymar kubera umushahara, iyindi nayo ngo yerekana ko itamunezwe, nayo iyimukeneye bakaba basa n'abayiremereza. Uko bihagaze gushika ubu, Neymar ngo ashobora kuguma muri PSG no mu mwaka uza, kuko…
Mu kumusoma yabanje kwanza kumubaza ko adahava amurya kuko yaheruka guhura n'ivyago vyo gukwegwa ukuboko n'umukirisu yari mubo yariko aramutsa. Mu gihe yaheruka gushikirwa n'ibibazo agakubita udukofe ku kuboko…
Sadio asaba imbabazi kuba atabashije gushika muri Senegal, ariko akikeza abakunzi biwe ko agiye gusubirayo vuba. Sadio Mane yasavye imbabazi abakunzi biwe bo muri Senegal aho avuka, kuba atashoboye kubashira agashimwe…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.