Neymar yashize imigozi mu masezerano ashobora gusubira gukorana na PSG mu gihe bomusaba ko aguma muri uwo murwi uri ku mugwa mukuru w'ubufaransa ariko ukaba ari uw'abanya Qatar. Ukuguma muri PSG kwa Neymar ngo naho…
El shabab yasubiye kugaba igitero kw'ikambi y'abanyamerika mu bumanuko bushira uburengero bwa Kenya, aho hari kuri uyu wa mungu. Umusirikare 1 n'abasivile 2 b'abanyamerika nibo igisata AFRICOM kimenyesha…
Abana 2 b'amahasa bo muri Leta zunze ubumwe za amerika, bavukiye imyaka itandukanye kandi n'amatariki samwe. Mu gihe bimenyerewe ko amahasa avuka mu mwaka umwe kandi n'amagenekerezo akaba asa, muri Leta zunze…
Mu myaka 50 iheze, ibiro vy'inyama ziribwa vyaragwiriye cane, kubera abantu bagwiriye kw'isi, ariko cane cane bikava ko abarya inyama cane ngo ari abatunzi, kuko abakene bakizirya gake gashoboka, na rirya…
Umukuru w'igihugu ca Koreya ya ruguru, Kim Jong-un, avuga ko agiye gusubira kuvyura umugambi wo kugerageza ibirwanisho vy'ubumara na za misire zirasa kure. Uwo mugambi wari wahagaritswe kubera Koreya ya Ruguru yari…
Abatari bake mu baganga n'abashingwamanza mu myaka iza buca batwarwa akazi n'ama Machine, ariko kandi abakora amatara n'abakora amazi bo ngo bazokenerwa cane. Nimba ufise akazi karuhisha kandi buri gihe kama…
Fc Barcelona ngo yoba iriko irisuganya ku buryo ngo mu mwaka uza wa 2020, bikunde ko babasha kugarukana umukinyi wabo Neymar, ayo makuru tukaba tuyakesha ikinyamakuru c'abongereza. Ayo makuru akavuga ko uwo murwi uriko…
Naho bikigoye kwemeza, ariko ngo ibimenyetso vyerekana ko ata gikozwe, Mbappe ashobora kwerekeza umwanya n'umwanya mu gihugu ca Espagne I Madrid kwa Zinedine Zidane. Kylian Mbappe ashobora kuja muri Real Madrid mu mwaka…
FBI iragabisha abagura imboneshakure muri Promotion ya Black Friday, kuko zidakingiwe, ngo abagizi ba nabi bashobora kuzinjiramwo, noneho bakazikoresha. Ikigo gishinzwe iperereza ry'indani muri Leta zunze ubumwe…
Yaba Neymar , Mbappe canke uwundi uwariwe wese wo muri uwo murwi, harimwo bamwe bagiye kuboneka I Kigali mu misi iza. Guhera kuri uyu wa 3 igenekerezo rya 4 kigarama, umurwi w'abahungu wa PSG, watanguye kwambara impuzu…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.