Kuri uno wa kane igenekerezo rya 27 Ruhuhuma 2020, ubushikiranganji bwo kumenyesha amakuru bwaramutse butanguza igikorwa co gutanga inyigisho ku bamenyeshamakuru zizobafasha kumenyesha amakuru neza mu gihe c’amatora yimirije…
Ku musi wa gatatu uheze, Inama nshingamateka y’Uburundi yarize itegeko ryemeza umukuru w’igihugu ayoboye igihugu muri kino gihe ko yoba imboneza mu kuzirikana inyuma y’ikiringo co kuramutswa igihugu. Abashingamatekana bamwe…
Mukiganiro yahaye abanditsi n’abamenyeshamakuru , umuhuza w’abarundi Édouard Nduwimana yahamagariye abanyepolitike bagiye guhiganirwa kuzorongora igihugu mu matora yimirije gushira hagati na hagati mu migambi yabo…
Umurwi ujejwe kumenya ukuri n'ukurekuriranira mu Burundi, CVR, uvuga ko mu minsi itatu umaze kuzura ibisigarira vy'abantu 1350 bahambwe mu binono indwi mu 1972 ku mutumba wa Bukirasazi ya komine Shombo. Kuva ku…
Amatora nyezina ategekanijwe kuba mu mpera zo muri uyu mwaka w’2020 muri Tanzaniya ngo azoba meza cane kandi ahurikiyemwo bose. Ivyo ni ivyaraye bishikirijwe n’uwuramutswa ico gihugu Doctor John Pombe Magufuli ku mugoroba wo…
Mu gihe integuro y’itegeko ritekerera umukuru w’igihugu arangije ikiringo ryavuye muri Reta ryategekanya imiliyoni 500 z’amafaranga y’amarundi, inama nshingamateka yayagwije na kabiri n’ukuvuga ko azotekererwa umuriyaridi…
Leta ya Congo Kinshasa irahakana ibivurwa ko yoba ifise umugambi wo kugaburamwo ico gihugu kabiri, igice c'ubuseruko bwa kigahabwa ibihugu birimwo Uganda, Urwanda n'Uburundi. Aganira na BBC, umuvugizi wa Leta ya…
Mu gihe yashaka kubaza abanywanyi b'umugambwe wiwe ko bamushigikiye mu kwitoza mu matora Uganda yimirije mu mwaka wa 2021, Bobi Wine yaciye atabwa muri yompi. Bobi Wine umunyepolitike atavuga rumwe na Leta ya Uganda…
Nk'uko biri ku kirangamisi c'amatora yo muri uyu mwaka twaraye dutanguye w'2020, kuva kw'igenekerezo rya 20 Rusama 2020 azoba atanguye. Mu migambwe ishika 35 yemewe n’amategeko, iyigera kuri ine yonyene…
Umukuru w'igihugu ca Koreya ya ruguru, Kim Jong-un, avuga ko agiye gusubira kuvyura umugambi wo kugerageza ibirwanisho vy'ubumara na za misire zirasa kure. Uwo mugambi wari wahagaritswe kubera Koreya ya Ruguru yari…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.