Mw'ijambo yashikirije abanywanyi biwe mu guhimbaza umwaka mushasha w'2020, umushingamateka Agathon Rwasa asanzwe arongoye umugambwe CNL avuga ko mu gihugu habandanya hibonekeza abatware bahonyanga amategeko…
Barundi, Barundikazi, Bakunzi b’Uburundi; Turasozereye umwaka w’2019, twinjiye mu mwaka mushasha w’2020. Imana Mushoboravyose yazigamye Uburundi n’Abarundi muri uyu mwaka turangije, ikatuja imbere mu migambi ihimbaye…
Abarenga 70 nibo bivugwa ko bahitanwe n'igisasu cari giteze mu modoka ku murwa mukuru wa Somalia. Ico gisasu kikaba caturikiye mu kibanza c'igenzura ry'umutekano, ku masanganzira akunda kugenderwa cane mu…
Nk'uko yama abigira mu mpera y'umwaka, kuri uno wa kane igenekerezo rya 26 Kigarama umwaka w'2019, umukuru w'igihugu c'Uburundi Petero Nkurunziza yaramutse akoresheje ikiganiro abenegihugu hamwe…
Aho yari yatumiwe mu nama nshingamateka kugira ngo ashikirize ivyaranguwe mu bushikiranganji bumwegukira, icegera ca kabiri c'umukuru w'igihugu yarahumurije abashingamateka n'abakenguzamateka. Kuri uyu wa…
Umushingamateka Sheikh Mohamed Rukara yahoze ari umuhuza w'Abarundi yaraye aryamiye ukuboko kw'abagabo i Buruseri mu Bubirigi. Aciye ku rubuga rwiwe rwa Twitter, umukuru w'igihugu cacu Petero Nkurunziza co…
Imigambwe igera kuri icumi n’umwe yemewe n’amategeko kuri uno wa kane igenekerezo rya 21 Munyonyo 2019 yashize ahabona itangazo aho yamirira kure agasomborotso k’igihugu kibanyi c’Urwanda. Ivyo bikaba bibaye mu gihe mw’ijoro…
Mu rwandiko ibiro vy’umukuru wa Reta Zunze Ubumwe z’Amerika Donald Trump vyaraye bimenyesheje inama nshingamateka y’ico gihugu ko ingingo ishira Uburundi mu bihe bidasanzwe ibandanya. Muri ubwo butumwa umukuru w’igihugu…
Uwahoze arongoye vy’imfatakibanza igihugu ca Burukina Faso, Michel Kafando yaraye arangije ikiringo ciwe co guserukira nk’intumwa idasanzwe umunyamabanga mukuru wa ONU mu Burundi. Agishingwa ayo mabanga, Michel Kafando yari…
Nk'uko bibonekera ku rwandiko umurwi w’igihugu ujejwe gutunganya amatora CENI washize ahabona kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 25 Gitugutu umwaka w'2019, uwo mugwi CENI umenyesha ko ugiye gutunganya iyandikwa…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.