Kuri uyu wa mbere waraye uheze igenekerezo rya 13 Ndamukiza 2020, Umukuru w'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB Révérien Ndikuriyo yahaye ikiganiro abamenyeshamakuru kugira ababwire imvo…
Mu mpera z'indwi iheze ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere mu Burundi Primus League ryarabandanije. Uko niko imigwi yatsindanye : - Rukinzo Fc yanganije na Musongati Fc ibitsindo 2 -2 - Inter Star nayo nyene yanganije na…
Igihe umugwi wa Vital'o Fc wari uhejeje kunganya na Messager Ngozi 0-0 i Bujumbura ku kibuga c'intwari , umumenyereza wa Messager Ngozi Jimmy Ndayizeye yishuye ibibazo bitandukanye vy'abanditsi…
Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 04 Ndamukiza 2020 niho umugwi wa Vital'o Fc wari wakiriye umugwi wa Messager Ngozi mu rukino rw'indwi ya 27 ya Primus league urwo rukino rukaba rwarangiye iyo migwi inganije…
Kizigenza w'umugwi wa Vital'o Fc Ntibazonkiza Saidi agiye kutaboneka mu rukino rw'igice ca 4 gishira icanyuma c'igikombe citiriwe Umukuru w'igihugu c'urukino rwo gusubiriza ruzohuza Umugwi wa…
Mugihe yari ahejeje kunganya na Musongati Fc ibitsindo 2-2 , Umumenyereza wa Rukinzo Fc Amissi Bagumako yavuze y'uko yabuze amahirwe niyo mpamvu yanganije na Musongati Fc , ariko akaba yaridogeye abahagarikizi mu kuvuga…
Ihiganwa rya Primus league Burundi rigiye kubandanya kundwi yaryo igira 27 Uku niko imigwi igiye guhura : Ku musi wa gatanu igenekerezo rya 03/04/2020: - Isaha indwi n'igice 13h30 ku kibuga c'intwari, umugwi wa…
Ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB ryashize ahabona abakinyi bafise ibitsindo vyinshi gusumba abandi mw'ihiganwa rya Primus league .Akaba ari aba bakurikira :1) Iddy Muserem akinira umugwi…
Mugihe umugwi wiwe wa Musongati wari uhejeje kunganiriza i Gitega n'umugwi wa Messager Ngozi igitsindo 1-1, umumenyereza w'umugwi wa Musongati Niyonkuru Jumaine yagize ico ashikiriza Indundi TV. Akaba yarabwiye…
Mugihe amaze indwi zirenga zibiri ataboneka mu kibuga Saido Ntibazonkiza yamaze gutangura imyimenyerezo n'abandi. Ku makuru yo kwizera Indundi Sports yaronse ni uko uyo kizigenza w'umugwi wa Vital'o Fc…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.