Uwahoze ari Perezida wa Centrafrique Catherine Samba Panza ari kumwe n’uwahoze ari umunyamabanga nshingwabikorwa w’umuryango ICGLR umupfasoni Liberate Mulamura bari mu Burundi kuva mu gatondo ko kuri uno wa gatatu…
Abahinga babiciye irya n'ino, basanze abantu benshi vy'ukuri batazi ico amafaranga ari. Ikindi naco bavuga n'uko ngo , burya tutaronka amatungo kubera mw'itsitso rya kameremere kacu hariyo ivyiyumviro…
La Banque mondiale a augmenté son aide d’urgence aux trois pays d’Afrique australe touchés par le cyclone dévastateur qui a fait des centaines de victimes en mars pour atteindre 700 millions de dollars. Plus de 1 000!-->!-->!-->!-->!-->…
Mutoyi w'umuhisi Papy Faty ariwe Iddy Faty yavuze y'uko mukuru we azoshingurwa nk'umu Islam. Inyuma y'amajambo menshi aguma akwiragizwa henshi avuga y'uko hari ukutumvikana k'ukungene umuhisi Papy Faty!-->!-->!-->!-->!-->…
A l’origine, ce fut une journée annuelle de revendications et de grêve pour obtenir la réduction du temps de travail, et les ouvriers le payèrent parfois au prix fort. Aujourd’hui, la “Fête” du 1er mai est célébrée dans de!-->!-->!-->…
Mu gihugu c'Ubuganda, umuririmvyi akongera akaba umushingamateka atavuga rumwe n'ubutegetsi bwa Perezida Yoweri Kaguta Museveni azwi kw'izina rya Bobi Wine yahagaritswe n'igiporisi co muri ico gihugu!-->!-->!-->…
Deux sommets africains se tiendront mardi au Caire sous la houlette du chef de l’Etat égyptien Abdel Fattah al-Sissi, président en exercice de l’Union africaine (UA), pour évoquer en urgence les crises au Soudan et en!-->!-->!-->…
Ibihano igihugu ca Tanzaniya cari kimaze imisi carafatiwe n'ibanki y'isi yose vyahagaritswe. Inyuma y'aho umukuru w'igihugu ca Tanzaniya Perezida John Pombe Magufuli afatiye ingingo y'uko ata munyeshure!-->!-->!-->!-->!-->…
Ubushikiranganji bw’umutekano bumenyesha ko bugiye gushira inguvu nyinshi mu kurwanya ivyaha vy’ugufata abigeme n’abakenyezi ku nguvu. Umushikiranganji w’umutekano no gukinga ibiza CPC Alain Guillaume Bunyoni avuga ko muri!-->…
Igiporisi c’Uburundi cafashe ingingo y’ukwirukana burundu ku butaka bw'Uburundi uwiyita umuvugishwa Kayihura Modesste yari azwi nka "Prophète Modeste". Mu matohoza cari kimaze imisi gikora, igiporisi c'Uburundi!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.