Abantu barenga ibice 90 kw'ijana ngo ntituzi ivyo twifuza. Jewe nza ndihweza utuntu n'utundi ngaheza ngaca urwevu. Mu gihe maze guca urwevu nkamenya ico bita "la loi des correspondances "canke" la loi…
Ukwidegemvya ni ukuba ufise ubushobozi bw'ugukora ivyo uzi wategerezwa gukora Aha naricaye ndasooma bino bitabo abaciye urwevu banditse mbona ni vyiza cane. Ariko rero uwundi musi nariyumviriye nti none ni guki ,…
Aho Imana yabusya , Shetani yari musi y'urujo!! Aho yavuga iti" sabe muzoronka" Sinzi igitabo nasomye nsanga abaciye urwevu bavuga ngo ibice birenga mirongo icenda kw'icana vy'abana ntituzi ico…
Mu kiringo rero umaze gufata ingingo ikijana ku masonga, utegerezwa kwiha ibintu utegerezwa gucako kurya kw'ingazi kugira ushike kw'ihangiro( Objectif). Objectifs z'ubuzima nazo ni nyinshi. Dufate akarorero ko…
Nimba rero utarasoma ico gitabo canditswe n'uwitwa " Brian Tracy" nyaragasa ukirondere ugisome. Ushobora ku kironka no kuri "Play store" ya telephone yawe. Wibuke , ico uzoba uri mu myaka itanu,…
Abahinga mu bijanye n'ibibera mu mpwemu baravyihweje basanga vy'ukuri ngo umuntu arashobora gutakara, agatakarira muri we nyene. Ivyo navyo muti vyoba gute? Uko rero dusesanguye hirya no hino tubona n'uko ,…
Abahinga babitohoje neza basanga ko ku vy'ukuri ikinyambiri "Bwoba" ngo cari caduhawe kugirango gishobore kudufasha kumara kabiri kuko giheza kikamenyesha ko habaye nabi maze natwe tugaca tumenya inyifato…
Ubu nta nkeka ko wamaze guhitamwo ico uzoba uri mu myaka iri hagati ya 5 na 7. Nta nkeka ko umaze kwama ufata iminota 30 ku musi ugerageza kubona isanamu y'ico uzoba uri, amafaranga uzoba ufise, ibiro uzoba ufise, uko…
Mu gitabo canditswe n'uwitwa Joseph Murphy, citwa " The power of your subconscious mind", arerekana ibitari bike vyerekana neza ko hari ibintu vyinshi dukwiye kumenya bidahuye cane n'ivyo twigishijwe…
Ugahura n'umu jeuene yarahejeje amashure agaca yigira ngaho akicara kumwe kwa ya mpene yo muci, yavyara igaca ivuga ngo ahanje ndahejeje hasigaye ah'umurezi. Umukomye, ngo" Leta nta kazi irampa ngo ni…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.