Baba mzazi wa Marehemu Steven Kanumba, Charles Kanumba amefariki Machi 8, 2020, saa nne asubuhi akiwa Hospitali ya Mkoa wa Shinyanga. Mdogo wake Kanumba, Mjanaeli Kanumba amethibitisha. Aliugua kwa muda mrefu “Kweli Baba…
Amatora nyezina ategekanijwe kuba mu mpera zo muri uyu mwaka w’2020 muri Tanzaniya ngo azoba meza cane kandi ahurikiyemwo bose. Ivyo ni ivyaraye bishikirijwe n’uwuramutswa ico gihugu Doctor John Pombe Magufuli ku mugoroba wo…
Akoresheje urubuga rwa Instagram, Mbosso yavuze ko uwo baririmbanye Tanasha ngo adakorwako kandi badakuyakuya, atari Boss Diamond Gusa. Tanasha ngo ni uwa Nasibu Abdoul Juma gusa, ivyo nibiheruka gushikiriza na Mbosso ku…
Ukwiruka inyuma y'uwo mwagendanye ngo nuko aguhevye afatanye n'uwundi ngo n'uguta umwanya gusa. Nayo abomushira munzu ngo baruzuye nuko atarabishaka gusa. Wolper ngo nta mwanya agira wo kwiruka inyuma…
Wasafi Tv na Wasafi Fm ngo sivya Diamond, nayo ubutunzi yigamba nabwo sibwo kuko aheranye menshi mu ma Bank, imisigiti avuga yubatse nayo nyene ngo n'ububeshi butagira izina. Mu gihe Nasibu Abdoul Djuma benshi bazi nka…
SK ngo uwuja gutunga ntamuherekeza, barajana bose bakaronka ico babiriye akuya. Sallam SK umwe muba Manager bakomeye ba Diamond Platnumz bemeza ko ata mugambi bafise wo guherekeza abatunga. Iryo jambo akaba arisubiyemwo kuri…
Tanasha yavuze ko ata kwihuta kuri mu bugeni vyavuzwe ko bazogira na Diamond, ubu ngo bipfuza kwibanda cane ku bucuti bwabo. Ubugeni bwa Diamond na Tanasha ngo burashobora kutazoba uwu mwaka, ubona n'umwaka usa!-->!-->!-->!-->!-->…
Ubu Zari ngo yishakira kwironderera amahera biciye ahandi apana mu muziki. Kuko kuba umu Millionaire mu kuririmba bigoye gusumba izindi nzira. "Nta mafaranga ahari bomuriha ngo bikunde ashobore kuja muri Clip Video!-->!-->!-->!-->!-->…
Mu gihe hari induru igize imisi hagati ya Diamond na Zarinah Hassan benshi bazi nka Zari, haguma hubuka amakuru amwe amwe mu bijanye n’umubano babanyemwo. Ikiganiro Diamond yariko aratanga ku nsamirizi Wasafi Fm, mu!-->!-->!-->!-->!-->…
Mu masaha 17 gusa, indirimbo The one ya Diamond Platnumz yarimaze kurabwa n'abarenga 1,000,000 ku rubuga rwa Youtube asanzwe asohorerako indirimbo. Ivyo bikaba vyamushitse ku mutima aho ataretse gushimira!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.