Naho se wa Diamond yabonetse mu ndirimbo “Mwewe” iheruka gushirwa ahabona muri ino ndwi tugira turangize, ngo ntibisobanura ko ari umuririmvyi, ahubwo yafashije abaririmvyi babimusavye. Mu gihe hagize imisi havurwa!-->!-->!-->!-->!-->…
Abakinyi b'umugwi nserukiragihugu wa Tanzania bahawe ibibanza vyo kwubaka amazu mu gisagara ca Dodoma. Inyuma y'aho umugwi wa Tanzania Taifa Stars utsindiye ibitsindo 3 ku 0 umugwi nserukiragihugu wa Uganda!-->!-->!-->!-->!-->…
Abakurikirana urubuga rwa Instagram rwa Zari ntibatahura neza idini abana ba Diamond barimwo, kuko umwanya umwe umengo n'abakirisu, ariko akandi kanya ukamengo n'aba isilamu. Idini ry'abana ba Diamond ryabaye!-->!-->!-->!-->!-->…
Hadhara Charles Mjeje ni umupfasoni w’umutanzaniyakazi afise abana b’abahungu babiri biga amashure, akaba amaze igihe kitari gito azunguruka Afrika nzima yerekana impano yiwe ijanye n’ugukina umupira « jongleur » mu!-->!-->!-->…
Kuri uyu w’Imana waraye uheze igenekerezo rya 17 Ruhuhuma umwaka w’2019, impunzi z’abarundi zigeraku majana ane na mirongo itatu na batatu (433) nizo zahungutse zivuye mu nkambi y’impunzi ya Nduta mu gihugu kibanyi ca!-->!-->!-->…
Ukugira ubugeni na Zarinah Hassan azwi cane nka Zari the boss lady ngo nivyo vyoba ngirakamaro gusumba kugenda kurondera uwundi mukobwa yomukurikira kubera ubu star bwiwe. Diamond Platnmz ngo vyoba vyiza yorongora!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.