Hariciye iminsi ,abakinyi ba Handball bavuye mu mirwi itandukanye bahurira buri yinga mu nkino.Imirwi ine ariyo nord 1 ,nord 2 , Sud na centre niyo yitavye iryo higanwa mu bagabo hamwe n'imirwi ibiri y'abakenyezi…
Ku rugendo ruja i Yerusalemu... Birashoboka ko dutanguye urugendo ruja muri ca Gihugu Umukama yadusezeranira, ca Gihugu kizoba gitemba amata n'ubuki. Muri ico Gihugu c'isezerano benshi bazoba bubaha…
Monna Walda nawe ari mu babashije kugira ico bashikirije kwi tabaruka rya nyenicubahiro Petero Nkurunziza. Uwo mwigeme yigeze kuba icababa ca Miss Burundi yanditse Ku rubuga rwiwe rwa Instagram ko nyakwigendera ataco atakoze…
Karim Maquinzi ngo Nyakwigendera Petero Nkurunziza yakoze vyinshi ariko kimwe co nuko yafashije ibitari bike kugira umugwi nserukiragihugu "Intamba mu rugamba" ugerageze kuja mw'ihiganwa CAN. Mu kiyago…
Mu baririmvyi ndundi basohora amashusho Ku mbugahuriro gake, harimwo Big Fizzo asanzwe ari no muri 10 bafise abantu benshi babakurikira kuri izo mbuga nyene. Mu kiyago aheruka kugirana na DFTV, uwo muririmvyi yavuze ko…
Ibintu bitatu ngo nivyo bitubera inzitizi mw'ihinduka iryariryo ryose. Ubwoba bw'uguhinduka. Ubwoba bw'uguhinduka rero ngo buri muri kameremere y'umuntu. Ni bumwe mu bwoko bw'ubwoba bw'ikintu…
Kuri uyu wa Gatanu igenekerezo rya 12 Ruheshi 2020, umunonotsikazi mpuzamakungu, Francine Niyonsaba yishikiye Ku ngoro ya Ntare mu gushira umukono mu gitabo c'iteka co guhoza umuryango wa nyakwigwndera uwahoze ari…
Aho yari kuri Live ya Instagram, Miss Erica yamenyesheje abanya Kigali ko nawe abakunda nkuko babandanya kumwereka urukundo bamukunda. Muri ico gihe yavuze ko Urwanda rufise vyinshi rwamwigishije igihe yariko arahakorera,…
View this post on Instagram A post shared by Sat-B intelligent Bad Boy (@satb_satura) on Jun 9, 2020 at 1:55pm PDT Sat-b ngo yarakoze mu ntoke umukuru w'igihugu Kandi yaba se canke sekuru atawigeze amukora…
Kuva aho ashiriwe ahabona nk'umuririmvyi wa db Music Entertainment ariko arakora urukurikirane (Ep....) rw'Indirimbo zitandatu aho mur'izo ndirimbo kur'uyu wa Mungu 07 RUHENSHI 2020 yashize!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.