View this post on Instagram A post shared by #Ikidoma🗿 (@kirikou_akili) on Jun 6, 2020 at 8:46pm PDT Kuri uyu wa mungu igenekerezo rya 7 ruheshi, Kirikou yashimwe n'abatari bake Ku butumwa yatanze abuha…
Olga ngo umugambi afise n’uwo kugaruka mu Burundi aruko aje azanye ibikorwa bitari bike azoba amaze gukora, kandi bizoba vyifashe neza gusumba uko ubu biri. Ivyo akaba yabiyagiye ikinyamakuru Yambi gisanzwe gikorera mu gihugu…
Abagize umugwi Runtown Dj bavuga ko guta umwikomo kuba Dj ngo ntibavuza umuziki ndundi, atariwo muti, ahubwo umuti ngo n’ugushira hamwe inguvu kugira ejo hazobe heza, kuri bose. Nayahandi Dj phylbert ngo kutavuza umuziki…
Mu kiganiro n’abamenyeshamakuru ba Jimbere magazine, Icegera c’umukuru w’igihugu Gaston Sindimwo yamenyesheje ko we n’umugabo wa natacha, Frojo, basanzwe ari incuti za cane. Ico gihe akaba yariko abazwa ko yoba asanzwe azi…
Mu kiganiro cabaye ku musi wa gatandatu uheze, uwusanzwe arongoye ishirahamwe Bdi Usa ,umushinganyatahe Samuel Ndayiragije arikumwe n' abagize comité nshingwabikorwa harimwo icegera ciwe Maitre Gahungu Raphael be…
B-Face On The Flow aremeza cane ko abaririmvyi bakera babasumvya ubumenyi mu muziki kandi akemeza ko ukuba barize amashure menshi na za Kaminuza kiri mubituma barasohoka gukora ibiteramo cane mu makungu.Umuririmvyi B-Face On!-->…
Abahoze ari ba kizigenza b'intamba mu rugamba aribo Saido Ntibazonkiza hamwe na Ndikumana Yamin Selemani batunganije urukino rwa kivandimwe . Saido Ntibazonkiza azoba afise abakinyi biwe na Seleman Ndikumana afise abiwe…
Umunyegori w'Umugwi nserukira gihugu w'intamba mu Rugamba Nahimana Jonathan arabeshuza amakuru yanditswe n'ikimenyeshamakuru *African Sports Today* avuga y'uko Umugwi wa Nkana Fc ukina mu cicaro ca mbere…
Muri bino bihe tugezemwo akaranga k' ingo nyishi karatitutse cane gushikahokurenga ibigo bisigaye bimeze nk'ibikino vy'ama reresi(cinema) canke urwenya(Comedy ) "Ukwubaka si ukujandajanda" Ibanga ryo…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.