Vyose bipfira mu mutwe! Aho umuntu ashika mu buzima, hafitaniye isano n'aho yifuza gushika. Iyo uhagurutse ugiye hariya, maze ubwonko ukabumenyesha ko ariyo ntumbero ufise, buraheza bukanyaragasa kwitunganya aho bugeza…
Ni kuki abasokuru bise ubwo bwoko bw'inyoni "Inuma"? ubwo nta sano bifitaniye n'ijambo ukunuma? Komeza nawe wiyumvira! Iyo nyoni mu buryo bw'impwemu niyo bakoresha mu kugira kibe ikimenyetso ca…
DIEU N'EST PAS UN HOMME POUR MENTIR ( Nombres 23:19) Le mot déstin se fait définir comme suit" Sort d'une personne ou d'une chose , en tant qu'il résulte de forces extérieures invincibles, ce qui…
Ntawutazi amabi y'ubukene. Eka mbere n'imigani itari mike , abasokuru bagiye baraca, irerekana akababaro n'amarushwa ajanye n'ubukekene. Hamwe bati'' Umukene na Nyina aramwanka! Ahandi ngo "…
Mu rwevu, ikinyamakuru canyu caciye harimwo ibinyuranye, yamara na cane cane rukaba rugamije kurondera imizi y'inzitizi zose zituma umuntu atagera ku mataba y'imisozi imuri imbere, akaguma mu kabande nyaga nande.…
Ico rero abazungu bise "démon de midi" ngo n’ urufatangane rw'ibishobisha biza mu muntu mu kiringo yeregereje imyaka 50. Yamara rero ico c'imyaka ntibagihurizako kuko hari abavuga ko kiza nyabuna bugingo…
Biraheza mbere bikatworohera cane kuko bica bitubera nk'ukwisiga inkore ku jisho. Mu ntumbero y'ukwanka gukomakoma uruhojojo rw'ivyatugoye , vyadutaye kuw'amazi,tugenda dukenyereyeko, turaheza rero…
Abahinga rero baciye irya n'ino ibijanye n'umunezero baraheza bagasanga y'uko umunezero nyawo ngo uva m'umuntu nyene. Uwo munezero rero ngo uza uvanye n'uko abona ariko arabaho. Abadafise…
Mu kanya rero gato gusa ukagenda urasesengura uko ibihe turimwo biriko bigenda uraheza, wiitonze ukahatorera urwevu. Ubu murabona ko tugeze mu gihe c'ikoreshwa rya internet. Iryo jambo kubazi icongereza ngira baraheza…
Mu gitabo citwa ''THE MAGIC OF THINKING BIG'' canditswe n'uwitwa ''David Shcwartz'', ku rupapuro rwa 147 arerekana ukuntu rero , inyambaro yawe nayo iri mubishobora…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.