Isanamu ngereranyo y'umutekamutwe Nk'uko rero twariko tubihanurana ejo hahise, ni vyiza ko uba ufise ihangiro, hagati y'imyaka itanu na cumi, utegerezwa kuba washitseko. Na narirya rero , mubona ibiduhanze aha!-->!-->!-->…
Isanamu ngereranyo y'umutekamutwe. Nk'uko rero abahinga mu bijanye uko umuntu ku gatwe kiwe ashobora gushika ku masonga , birasaba ko utegerezwa kuba ufise ihangiro uzoshikako mu myaka iri hagati ya 5 na 10. Ukaba!-->!-->!-->…
Mu gitabo canditswe n'uwitwa "Joseph Murphy," The Power of your subconscious mind" arasigura ibitari bike vyerekana y'uko aho mu bwonko bwawe hari inkomezi nyinshi cane yamara utigera ukoresha!-->!-->!-->…
Uko rero, tuguma tubibona cane bigarurka mu bitabo bitari bike, abahinga barerekana ko icatumye aba bateye imbere kuturasha barageze kure cane ngo ar'uko bashoboye kumenya uko agahande kitwa "Subconscient "!-->!-->!-->…
Mu kiringo rero , Mariage rwari rwo rubuga rw'ukugaragariza urukundo hagati y'abubakanye, ibivurwa kuri yo ntabwo kenshi usanga bihumuriza. Abahinga bazi kuvyihweza kandi bakemera ivyandiko vyeranda baremeza yuko!-->!-->!-->…
Nk'uko rero abahinga banyuranye bama babigarukako, ivyiyumviro vyawe nivyo biteba bikavamwo ibikorwa vyawe. Ibikorwa vyawe navyo bigaheza bikavamwo umwimbu wawe. Abahinga rero bakubwira ko kugirango ivyiyumviro vyawe!-->!-->!-->!-->!-->…
Ibijanye n'ivy'impwemu rero birimwo ibinyegezwa ku buryo usanga benshi tugenda nk'abagendera mu mwiza, tukagira ibibazo yamara ntitumenye iyo duta umutwe, na canecane tukihutira gutunga agatoke abandi canke!-->!-->!-->…
Nk'uko rero vyama bivugrwa kenshi, ukubaka ntabwo vyorohera bose. Nk'uko abahinga babimenyesha, igituma nyamukuru gituma ukwubaka bigorana ngo n'uko mariage ari ikintu gifise ubwicariro mu bishobisho. Ivyo!-->!-->!-->…
Ugasanga rero umaze gufata ingingo y'amafaranga uzoba ufise mu myaka hagati ya 5 na 10, urakwiye kumenya ibi bikurikira. Ico uri uno musi, ni igitutu c'isanamu wiha mu mutima. Ivyo uri uwu musi ubiri kubera ukwo!-->!-->!-->…
Mu mugambi w'ugushika ku masonga y'umusozi nihaye , nahisemwo kwiha ihangiro ry'uko noba nkwije igitigiri c'amafaranga mu myaka indwi. Kubera iki nahisemwo kw'iha igitigiri kitari gito!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.