Abasokuru barayamaze bati "Ntawuhomera iyiyonka" canke bati" Akica urugo karuvamwo". Ugasanga ukenye uno musi, abahinga bakumenyesha ko atayindi mpanvu yindi yabitumye atari wewe nyene. Ivyo birakugora!-->!-->!-->…
Isanamu ngereranyo y'umutekamutwe Mu gitabo citwa "Emotional Intelligence" canditswe n'uwitwa DANIEL GOLEMAN ", arerekana neza ko ibituma umuntu ashika kure mu buzima atari ubwenge burya bwo!-->!-->!-->…
Igitabo bivurwa ko cahinduye ubuzima bw'abantu benshi kigatuma abantu benshi bashika ku masonga ni igitabo citwa " Think and Grow Rich" canditswe n'uwitwa Napoleon Hill yava muri Amerika, akaba yacanditse!-->…
Woba uzi ico wifuza ? koko? Ico kibazo ntikigutangaze kuko abahinga banyuranye mu bitabo dusoma bamenyesha ko abantu benshi tutazi ivyo twifuza.!-->!-->!-->…
Isanamu ngereranyo y'umutekamutwe Icatumye abandi batera imbere kuturusha n'uko bamenye uko ubwonko bwabo bukora, maze bakamenya inkomezi ziri mu bwonko bwabo gutyo bakamenya uko babikoresha. Uko tubisoma rero dusanga!-->!-->!-->…
Isanganamu ngereranyo y'umutekamutwe Abahinga bakumenyesha y'uko ibiriko birakubako uno musi ari ingaruka y'ivyiyumviro vyawe. Ivyiyumviro vyawe biza kwamukamwo ivyamwa bihuye na kameremere kavyo nyene. Ushobora!-->!-->!-->…
Abantu kenshi iyo turabazwa igihe tumaze kw'isi duca twishura dukoresheje igipimo, "umwaka". Ico rero cahavuye kiza kumata mu mutwe gushika aho umuntu yibagira ko imyaka amaze ari ikirwi c'amasaha!-->!-->!-->!-->!-->…
Nk'uko abahinga babiciye irya n'ino babimenyesha,twese turafise indoto, twese turifuza ko umusi umwe twoshika kuri bino canke biriya, twese turumva ko hari ikintu twari dufiise nk'impano abandi badafise!-->!-->!-->…
Abantu ukanza wumva ngo jewe ndi Ingénieur Electro-mécanicien . Uti aho. Ngo kandi "j'ai distingué". Uti ahh, ni sawe kweli. Uti none ubu uri mubiki? Ngo " wapi, urabona nta kazi kahari, ubu nabaye ndaja…
Ugahura n'umu jeuene yarahejeje amashure agaca yigira ngaho akicara kumwe kwa ya mpene yo muci, yavyara igaca ivuga ngo ahanje ndahejeje hasigaye ah'umurezi. Umukomye, ngo" Leta nta kazi irampa ngo ni…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.