Nk'uko tubibona mu gitabo canditswe n'uwitwa ANTHONY ROBBINS citwa' Aweken the Giant within ", turabona aho ashikiriza ko , kimwe mu vyogutuma uvyura igihangange kiri muri wewe , ari ugufata ingingo.…
Iyo umuntu yanyoye utuyoga rero akarenza kugera aho abantu bavuga ko yaborewe, haba hari ibintu vyinjsi vyabaye mu bwonko. Biba bisa n'ivyabaye nk'uruzi rwasebuye, maze ibihimba vyinshi vyo mlu bwonko navyo bigaca…
Abahinga mu kwiyumvira bo muri kahise, aha tugafatira nko k'uwitwa Emmanuel Kant yava mu gihugu c'Ubudagi, "ubuntu" ngo ni aka kantu gatuma umuntu mu buntu bwiwe atandukana n'ibindi biremwa…
Muri iki gitabo twama dukunda kuvuga canditswe na Brian Tracy citwa "The power of self-discipline " ku bamaze kugisoma( nibaze ko muri benshi kuko kiriho kuri Play Store) murabonamwo muri Chapitre yambere"…
Uruyuki rutakigira uruboyi ! Akugira ntyo, akagusiga ntyo! Aba aba aguhongoye mu buryo bw'impwemu,. Aba agushoboye. Kuko uba ugiye ku rutonde rw'abantu ashoboye. Abantu ashoboye gukoresha nk'ivyo aba ahejeje…
Nk'uko tubibona mu gitabo canditswe n'uwanditsi yitwa John Max.C Maxwell mu gitabo yanditse" Talent is not enough " niwe yanditse y'uko, nimba ushaka gushika kure mi buzima ngo woheza ugakora…
Mu bwonko bwawe rero niho urukiza rwawe ruri. Ubutare, amafaranga eka n'ibindi vyose wifuza biri mu vyumba bigize ubwonko bwawe. Mu gitabo canditswe na Napoleon Hill citwa " Think and grow Rich" arererekana…
Hiriya , mu gihande c'ibubafu, ku nkengera z'inzuzi z'i BABYOLNONI, benshi niyo bari.Ni benshi cane. Imiyabaga , eka n'abakuze . Muti bariko bakorayo iki? Iyo bamwe bateye, abandi baraheza bakitabira.…
. Ibihugu vyose vyateye imbere, vyatejwe imbere n'abahinga mu budandaji. Iyo abantu bumvise ibijanye n'ukudandaza baraheza benshi tugaca twibaza ngo ni igikorwa c'uwutagiye mw'ishure. Ivyo bitegerezwa…
'' De la loi morale découle la dignité de la personne. Car se donnant à lui-même sa loi, l'homme a non seulement un prix, c'est -à -dire une valeur relative, mais une dignité c'est-à dire une…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.