Abansi tubonesha amaso ni ibitutu vy'abansi bacu mu buryo bw'ibishobisho. Ni ukubera mu bwoko bw'ibishobisho dufise haba harimwo ibishobisho vy'ivyansi vyacu. Uburyo rero bw'ukwihweza neza ubwoko…
Muvyo bamenyesha abahinga bazobereye mu nguvu z'amajambo y'Imana ari muri bibiliya, bamenyesha y'uko kimwe mu vyo Izaburi ya 49 ifasha ari ukuguha gutinya "urupfu". Ntivyari vyanyoroheye gutahura ico…
Kenshi rero turasanga amajambo dukoresha ariyo aza mu bwonko bwacu agaca aza kutubera inzitizi. Ah'ukuvuga duti naka yararose urupapuro rw'umutsindo rw'ivyo yize tugaheza tukavuga ngo " Naka yarahejeje…
Nk'uko nyakubahwa Umukuru w'Igihugu cacu yigeze kubishikiriza aho yari mw'ikoraniro, yaraduhanuye ko twoza turasoma n'ibitabo, hejuru y'ibindi binyuramye dukora na vyonyene tukavyita ngo ni ugusoma.…
Mu gitabo canditswe n' uwitwa Brian Tracy citwa, "The power of self-discipline" mu kigabane yise" Self-discipline and Responsability'' uwo mugabo araduha umuco woshobora kudufasha natwe…
Uko biri aho tugeza amaso Maze rero ugasanga abantu bagishakana , imitima yabo ikaba yuzuye urukundo. Uwuryamye, akaryama ntibuca. Uwubunye uwundi umuti ngo di! gutyo dogirigori, bagaheza bagashika aho bashira ku muco…
Aha rero kw'isi vyotubera vyiza twamye tuzirikana ko turi mu rugendo rutujana ahandi; aho imishaha yacu izoba akaramata. Nico gituma rero uwaciye urwevu, aheza akama azirikana ivy'urwo rugendo uko bukeye uko bwije…
Kuko mu bisanzwe rero, uwo wari warahisemwo ngo mubane atakuguyeko giturumbuka, nico gituma, ukumwikura, kenshi udasnga ariwo muti. Uwo uriko uragayagura, ntugire ngo mwahuye kubera wihenze,oya. Hari ibintu vyari muri wewe…
Amezi icenda tumara mu nda, tuyamara tudaca n'ikanda ry'ivyo turi. Ikindi kiringo kitari gito, tukimara mu bwana tutazi ivyo turimwo, tutazi igituma, gushika rero aho, abavuga ko bihebeye Imana baheza bakatubarira…
Nimba rero ubucuti ufitaniye n'imirimo yawe ya misi yose ar'utwo dufaranga tw'intica ntikize bita "umushahara", mu bisanzwe warazimiye. Ukora ivyo udakunda. Nta passion ufise y'ivyo ukora, nta…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.