Who that cape fit, let them wear it! ( Bob Marley) Ayo ni amajambo amwe akoreshwa n'umuhisi w'umuririmvyi Bob Marley. Ariko ni amajambo akomeye cane mu buryo bw'impwemu kuko kanatsinda uyo muhisi ivyo…
Iyo zimaze kukunyengetera, ziraheza zikakugira nk'imbohe. Ukarondera kuziheba canke ukuzigabanya bikaguta kuw'amazi! Iyo zimaze kuba rero zaramaze kugushikana kuri urwo rugero, ni ukuvuga, ko, ziba zarakuboshe.…
Ijambo "ukuborerwa ", jewe ndumvamwo ijambo ritameze neza ugerageje kuricagagura. Womengo harimwo "kubora" muga ntavyo mvuze kuko ntari umuhinga mu kirundi. Tuzobaza kazinduzi. Abasokuru bavuze ngo inzoga…
Ugasanga rero hari abantu amaso yabo yama yihutira kubona ibitagenda. Iyo ikirahuri gicagatiye, bobo baraheza bakibonera igihande kigaragara, ntibashake kwerekwa igihande kirimwo amazi. Umubajije araheza akakubwira ko…
Aba atumye uba umuntu ahumiwe. Uwuguhaye igiturire nawe ugaheza ukacakira, waba wari ugisavye canke akikugemeuriye, aba akuguze. Ntaba akuguze gusa, aba akuguze rumwe; aba akugize rumwe! Kuko rero aba agukuye agahuzu…
Nk'umuntu rero yagize amahirwe y'ukuyobora abandi, n'ukuvuga ko ahiriwe. Uwo muntu aba yahawe igikorwa c'umwungere. Aba aragiye intama z'Imana, kuko nkako, umwungere nyene ubwungere ni Imana yo nsa!…
Kimwe mu vyihutira kwerekana umunyakagaye ni ukutabwirizwa. Ukudahanurwa! AKAGAYE NTAWE KEREYE ! Iryo ni ijambo rimwe mu majambo aza ku mutwe w'agatabo kanditswe n'umukurambere, NAHAYO Firmato gasanzwe kandandazwa…
En garantissant une alimentation saine aux milliards de personnes qui ne peuvent se la permettre, on pourrait économiser des billions de dollars Davantage de personnes souffrent de la faim, selon une étude annuelle des…
Umaze guca urwevu rero uraheza ugatahura ibitari bike. Nk'ukugira ngo umenye ibinyamubiri biriko biratera abantu, ibihugu canke isi,uraheza ukaraba inyifato bafise ugaheza ukamenya rero impwemu zabaganje. Ingwara…
Abahinga bose mu budandaji bagiye barabigarukako. Aha duciye ku masonga twovuga nk'uwitwa Brian Tracy hamwe na Zig Ziglar bo muri Amerika. Bose rero barihweje inyifato y'umuntu, maze bayigereranya…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.