URUKUNDO RWO RUSA NIRWO RUKIZA Iyo rero abantu bahejeje bakavuga ibijanye n'urukundo, turaheza twese tugaca twihutira kubona rumwe ruhagaze ahanyiganyiga, ku bishobisho rw'abataremye kumwe mu buryo…
Maze rero imirwi ibiri y'abantu batavuga kumwe bari bari bahanganye bagaheza umusi uri zina bagaheza bakumva umuhamagaro w'ugushira hamwe. Mu ruhande rw'abantu basanzwe bazi amatati ari hagati y'izo…
Nya hayo handitse ntya: "Abantu banje izina ryanje ryambarijweko nibicisha bugufi bagasenga kandi bagaheba inzira zabo mbi, jewe, iyo ndi mw'ijuru nzobumviriza ndabarekurire ibicumuro vyabo, nkize igihugu cabo. ( 2…
Mw'ijambo "igicumuro'' ndumvamwo ijambo "icumu". Iyo ucumuye rero, ni nk'uko uba ucumise. Uwo mucumuranye burya muba mucumitanye! Muba musamburanye. Muba mumongoranye amubi…
Rondere amahoro ava ku Mukama! Kugira ugire amahoro n'uko ku mushaha ataco woba wiyotsa. Kugirango naho ubeho ataco wiyotsa biraheza bikagusaba kugira ingendo y'ubuntu. Iyo ufise ingendo y'ubuntu rero…
Ku rugendo ruja i Yerusalemu... Birashoboka ko dutanguye urugendo ruja muri ca Gihugu Umukama yadusezeranira, ca Gihugu kizoba gitemba amata n'ubuki. Muri ico Gihugu c'isezerano benshi bazoba bubaha…
Ufatiye ku vyo uriko uvuga ko bandi usanzwe uzi bitavye Umuremyi, weho mbega niwitaba Umuremyi bazosigara barakuvugako iki? Aka ni ko kanya k'ukubitegura. Mu gitabo canditswe n'umwanditsi wo muri America…
Ibintu bitatu ngo nivyo bitubera inzitizi mw'ihinduka iryariryo ryose. Ubwoba bw'uguhinduka. Ubwoba bw'uguhinduka rero ngo buri muri kameremere y'umuntu. Ni bumwe mu bwoko bw'ubwoba bw'ikintu…
Abahinga muvy'amagara y'abantu bamenyesha ko turi ivyo dufungura, mu kinofu nofu kugira dutahure neza bavuga ngo "We are what we eat". Abasokuru nabo bakaba barayamaze bati " ubwiza buca mu…
Nk'uko rero tumaze imisi tuza turabigarukako, urwevu, ariwo muco kubijanye n'uburyo bw'ukurwanya impwemu mbi, ibinyamubiri bijejwe gusambuza abubatse ingo nivyo bituma zama zirara zirasha. Nk'uko rero…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.