Mu buryo bw'impwemu rero nk'uko abahinga babimenyesha, ni ho mamuko y'ibidushikira vyose aho tugeza amaso. Abo bahinga baravuga ko , nk'akarorero, umuntu ashobora gusanga agize nk'uruhere ku mubiri,…
Peut-être que tu as un procès en instance devant les tribunaux et que les chances de succès te sont minimes . Tu n'as pas de moyens suffisants pour te payer un avocat pour défendre ta cause. La partie adverse est…
Uwu musi igenekerezo rya 10, ni umusi mwiza kuri wewe kugira ngo uhindure ibintu. Uwu musi, Urashobojwe guhindura ivyo vyose vyari biguhanze. Hari ivyo tubamwo, natwe tukabona biriko biratujana mu mahonero yamara…
Iyo ibihe bigoye, bitera umuntu ata inguvu z'ugusenga. Abahinga bazobereye mw'ikoreshwa ry'ama psaumes bamenyesha yuko psaume ya 89 ishobora kugufasha. Ngo uraheza urayandika ku rupapuro wakije bougie(…
Inzira mu mutwe zarabaye umuharuro. Aho dushitsa amaso, niho duheza tukifuza gushika." Naka yarize, ahejeje kwuga aca araronka akazi , arose akazi aca arubaka, none ubu arafise imodoka hamwe n'abana, arambara…
Mu gitabu canditswe n'abagabo babirei Jack Canfield na Mark Victor Hansen Les Hewitt citwa " The Power of Focus" baraduhanura ibintu bitatu twogira inyifato ( Habits) maze mu myaka iza kugira dushobore gushika…
Igitabo citwa " The power of positive Thinking " canditswe n'umwanditsi yitwa NORMAN VINCENT PEALE kizogufasha cane, mu kiringo wofata umugambi w'ukugisoma , incuro nyishi zishoboka. Ico gitabo…
Nk'uko tubisoma mu gitabo citwa Think and Grow Rich , canditswe na Napoleon Hill, turasanga mu rutonde rw'ibituma umuntu ataronka ingoga zikwiye kugira ashike kuvyo yifuze, harimwo ico yise " Fear of Poverty,…
Imwe mu mpanuro, umwanditsi Brian Tracy atanga mu gitabo citwa " The power of self discipline" n'uko m'uvy'ukuri umuntu ubwiwe, ufatiye uko aremye n'ivyiyumviro vyiwe ngo ariwe akwiye…
Maze rero ugasanga nk'ubu umuntu arafise ibintu vyinshi ashaka gushikiriza abandi. Mu kiringo ari wenyene, akabisubiramwo adahigimanga. Yamara mu kiringo ashitse imbere y'abantu, ugasanga ururimi ruciye rugoba!…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.