" La plupart des gens considèrent la vie comme une bataille, or la vie n'est point une bataille mais un jeu. C'est un jeu, cependant, où l'on ne peut gagner si l'on ne possède pas la connaisaance de…
Usesanguye hirya no hino mu bitabo vy'aba badutanze guca urwevu, urateba ukagenda uraca urwevu buhorobuhoro kurya mu mutwenzi umwiza ugenda urakinjura buhoro buhoro , maze umuco nawo ukagenda uratamanzura , ata nkomanzi…
Abahinga mu mibereho y'umuntu, no bijanye n'ukwinginga( persuader) abantu barakuremesha. Mu kiringo ubwiye umuntu ikintu agashoka avuga ngo "oya" kenshi rero ngo ntaba yatahuye n'ivyo wamubariye.…
Ko ukomeye, ko ubwonko bwawe bugikora, ko ugishoboye kwiga , ko uzi gusoma n'ukwandika, ko ushobora kuba uzi n'igifarasa hamwe n'icongereza uko coba kingana kwose aho uri ku gahiye! Ni ukuvuga ko…
Abahinga mu buryo bw'impwemu barabitohoje basanga mu kanwa kawe hari inkomezi zikomeye cane. Urafise muri wewe inguvu z'ugutegeka ibintu bikagenda uko ubishaka. Muri izo nguvu rero , urafise ubushobozi…
Uhora usaba nturonke? Usaba nabi! Abahinga bize imibereheyo y'abantu basanze burya buri muntu wese ngo afise ibintu aba akeneye, Mu kiringo rero weho ushinze amaso kuvyo umukeneyeko ubona afise, burya nawe aba ashinze…
Imisi 14 irarangiye muri uwu mwaka wa 2020, ugejeje ikivi hehe? Ugiye hehe, wafashe ingingo iyahe? Abahinga rero nk'uko twabivuze, baramenyesha ko ukwinjira mu mwaka utabanje kuwutegekanya ngo bisa nk'umuntu aba…
Nk'uko rero abahinga babivuga, na cane cane uwitwa Jim Rhom mu gitabo yanditse " 7 STRATEGIES FOR WEALTH AND HAPPINESS" ukwinjira mu mwaka utarawutunganya ngo ni nk'ukwinjira mu kibira. Ugasanga rero…
Mu gitato citwa "One minute millionaire" canditswe n'abitwa MARK VICTOR HANSEN hamwe na ROBERT G.ALLEN barerekana amabanga batoye mu bijanye n'ironderwa ry'amafaranga. Ivyo rero ni ivyo ngo…
Mu gitabo canditswe na RICK WARREN yise " PURPOSE DRIVERN" muri chapitre ya gatatu aragaruka ku bintu kenshi dusanga bituboshe biri muri twebwe nyene. Kimwe rero muri vyo ni "ukutarekurira umuntu"…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.