Nimba rero utarasoma ico gitabo canditswe n'uwitwa " Brian Tracy" nyaragasa ukirondere ugisome. Ushobora ku kironka no kuri "Play store" ya telephone yawe. Wibuke , ico uzoba uri mu myaka itanu,…
Abahinga babizoberereyemwo basanga burya ngo umuntu wese ari umudandaza. Kenshi iyo bavuze ukudandaza abantu benshi duca tubona ibigurwa hamwe n'amafaranga. Yamara uvyihweje mu buzima bwa misi yose, umwe wese aba afise…
Abahinga mu bijanye n'ibibera mu mpwemu baravyihweje basanga vy'ukuri ngo umuntu arashobora gutakara, agatakarira muri we nyene. Ivyo navyo muti vyoba gute? Uko rero dusesanguye hirya no hino tubona n'uko ,…
Mu gitabo canditswe n'umwanditsi akaba n'umurwizatunga akomeye yitwa Brian Tracy wo muri Amerika, citwa " The power of self-discipline"akumenyesha ko ugutera imbere mu bisanzwe kitari ikintu kigoye…
L’Organisation mondiale de la Santé (OMS) a révisé ses lignes directrices sur l’utilisation de méthodes contraceptives pour prendre en compte de nouvelles données montrant que les femmes particulièrement exposées au virus de…
Uburyohe bw'isi n'ibiyikomokako, akayaga n 'ibiyaga, ,ivyiza Imana yatugabiye, ni kimwe mu bitumwa igihugu c'Uburundi gihurumbirwa. Abahinga batari bake baremeza ko igihugu c'Uburundi ari nkahamwe…
La chlamydiose, la gonorrhée, la trichomonase et la syphilis sont quatre conséquences possibles des rapports sexuels que nous aimerions tous pouvoir éviter. Or, d’après de nouvelles estimations mondiales, plus d’un million…
Ibikomere vyinshi biri mu mutima yabantu biva kungene bama bazi ko iyo ugize umutima w'urukundo nawe unsubirizwa mu nkoko uwundi, Oya nagato suko biri. Nta hantu na hamwe handitswe ko iyo ukoze igikorwa…
Muri Restaurant y'ubuzima bariha imbere y'ugufungura. Hariho igiciro utegerezwa kuriha kugira ushike ku masonga. Aha ku masonga mwotahura, gushika ku rugero rw'imboneza.( Leader) aho uzoshika ejo ugashobora…
Abahinga babitohoje neza basanga ko ku vy'ukuri ikinyambiri "Bwoba" ngo cari caduhawe kugirango gishobore kudufasha kumara kabiri kuko giheza kikamenyesha ko habaye nabi maze natwe tugaca tumenya inyifato…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.