Uko rero imyaka igenda irongerekana niko ibintu bitari bike bigenda biratituka. Umwanya, rimwe na rimwe, rero uraheza ukamera kurya kw'ima rijojotera ku rutare rigateba rikarubozora rikazoteba rikasuga ku gasya!…
Abahinga babizoberereyemwo basanga burya ngo umuntu wese ari umudandaza. Kenshi iyo bavuze ukudandaza abantu benshi duca tubona ibigurwa hamwe n'amafaranga. Yamara uvyihweje mu buzima bwa misi yose, umwe wese aba afise…
Abahinga mu bijanye n'ibibera mu mpwemu baravyihweje basanga vy'ukuri ngo umuntu arashobora gutakara, agatakarira muri we nyene. Ivyo navyo muti vyoba gute? Uko rero dusesanguye hirya no hino tubona n'uko ,…
Mu gitabo canditswe n'umwanditsi akaba n'umurwizatunga akomeye yitwa Brian Tracy wo muri Amerika, citwa " The power of self-discipline"akumenyesha ko ugutera imbere mu bisanzwe kitari ikintu kigoye…
Arthur Banshayeko, umukinyi akaba anatunganya Impáramíco (Theatre) n'amalelesi azwi kw'izina rya Arthur Ban abarizwa mukigo Lincoln Center kiri i New York muri Leta z'unz'ubumwe za Amerika…
Hifashishijwe ijambo RIP Kacaman Darcy n'utundi tujambo womengo twamukunda cane, iryo niryo jambo ritangurira agashavu Kava kumuhinyanyuzi w'amasanamu Chançard. Chancard agerekako n'indahiro ati:"…
Muri Restaurant y'ubuzima bariha imbere y'ugufungura. Hariho igiciro utegerezwa kuriha kugira ushike ku masonga. Aha ku masonga mwotahura, gushika ku rugero rw'imboneza.( Leader) aho uzoshika ejo ugashobora…
Abahinga babitohoje neza basanga ko ku vy'ukuri ikinyambiri "Bwoba" ngo cari caduhawe kugirango gishobore kudufasha kumara kabiri kuko giheza kikamenyesha ko habaye nabi maze natwe tugaca tumenya inyifato…
Ubu nta nkeka ko wamaze guhitamwo ico uzoba uri mu myaka iri hagati ya 5 na 7. Nta nkeka ko umaze kwama ufata iminota 30 ku musi ugerageza kubona isanamu y'ico uzoba uri, amafaranga uzoba ufise, ibiro uzoba ufise, uko…
Ndacari muto, ubu nyene ko uri mu kiringo c'ukwubaka ingoro uzobamwo mu myaka izoza, igihe iyubaka rizoba ryararangiye. Iki nico gihe uriko urabiba, ubagara akarima kawe mu kurindira ko imyaka y'ukwimbura igera.…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.