Mu gihe imyiteguro ibandanya ku bigeme 11 basigaye mu bigeme 30 bari mw'ihiganwa rya Miss Ngoma 2020, ubushimwe buguma bwiyongera ku mwigeme azotahukana iyo kamba. Nyuma y'ubushimwe bugizwe n'umuduga mushasha…
Vianney Saidi Baseka, umurundi aserukira ishirahamwe UJEAD-AKEZA Company, ari mu banyafrika 10 bari mw'ihiganwa ryitiriwe "Social entrepreneur of the year". Abo cumi bakaba batowe mu bandi 1000 bari…
Nk'uko tubibona mu gitabo canditswe n'uwitwa ANTHONY ROBBINS citwa' Aweken the Giant within ", turabona aho ashikiriza ko , kimwe mu vyogutuma uvyura igihangange kiri muri wewe , ari ugufata ingingo.…
Mu gihe urunani rw'amashirahamwe y'abakozi bo munzu nay'abakoresha babo ruheruka kwiyamiriza ubugizi bwa nabi bwo kwiba mu mazu no kunyuruza abana , hari ubundi bwoko bw'ubugizi bwa nabi bukorwa…
Birahoboka kandi biramaze no gushoboka gukura abana mw’ibarabara abana bakavamwo imisore n’inkumi nziza zifise kazoza keza. Urukundo no kwitanga vy’umwumwe mu barundi bagize ihuriro ry’urwaruka YBSP(youth, Building in…
Ibanki y’Urwaruka BIJE (Banque d’Investissement pour les Jeunes) ngo igiye gutangura gutanga ingurane ku rwaruka. Ni ivyaraye bishikirijwe n’umushikirangaji ajejwe urwaruka, imico n’akaranga i Gitega kuri uyu wa mbere…
Urwaruka ruhamagarigwa kwijukira ibikorwa vy’iterambere mu gukorera hamwe. Ako ni akamo batewe n’umushikiranganji Ezéchiel Nibigira mu gihe kuri uyu wa kane, igenekerezo rya 26 Munyonyo 2020 yari yaramutse agendera urwaruka…
Abanyeshure bashika 527 ni bo batwaye inda z'indaro mu ntara ya Ngozi, kuva mu mwaka w’2015 gushika mu mwaka w’2020. Ihangiro ry'intara ya Ngozi n'uko urwaruka rwokwigishwa ibijanye n'ubuzima ndoragitsina…
Mu Burundi hariho urwaruka ruheza amashure yisumbuye mbere na kaminuza ariko rudashobora no kuvuga ngo rutange ivyiyumviro mu rurimi rw'icongereza. Ariko rero ntibisigura ko batazi urwo rurimi. Mw'ishure…
Kuri uno wa gatandatu, igenekerezo rya 21 Munyonyo 2020, umurwi w’urwaruka ruhurikiye mw’ishirahamwe Kit-Hub waramutse ugirisha ikiganiro co guhanahana ivyiyumviro ku ruhara ururimi rw’icongereza rufise aha mu Burundi na…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.