Nubwo hari urwaruka rwatahuye akamaro ko kwikorera imigambi yarwo yo kwiteza imbere, ngo haracariho abandi baheza amashure bakaguma bahanze amaso Reta kandi itagishoboye kubaronsa ubuzi bose. Ivyo ni ibishikirizwa…
Nk'uko tubibona mu gitabo canditswe n'uwanditsi yitwa John Max.C Maxwell mu gitabo yanditse" Talent is not enough " niwe yanditse y'uko, nimba ushaka gushika kure mi buzima ngo woheza ugakora…
Hambavu ya bino twozaniwe na ba Kavamahanga, urazoheza unyigishe na bino Mwarimu we! Ndosea ubumenyi bw'ukumenya ico ndi. Nyigisha ukuzokwama nitwararika kumenya ico naje gukora kuri ino si. Uraguma unyibutsa ko nokwama…
Umugambi w'uko umwana wese wo muri komine Mutaho intara ya Gitega, yotunga n'imiburiburi urukwavu rumwe hamwe n'uwo gutera ubwatsi bw'ibutungwa ku mabarabara yose ari muri iyo komine, ngo biri mu bizotuma…
Au Burundi , c'est rare de trouver un jeune, encore moins de 25 ans qui s'est décidé de rendre son pays tout vert , Emmanuel Niyoyabikoze nous en donne l'exemple. Attristé par la désertification de sa province…
Inyuma y'imyaka itandatu irangiye Reta y’Uburundi itanguje umugambi w’amashure-shingiro mu ntumbero yo kwongereza akanovera k'inyigisho, ubushikiranganji bw'indero n'ubushakashatsi bufadikanije…
Umukuru w’igihugu aragabisha abazokoresha nabi amafaranga yagenewe kurangura imigambi y’iterambere ko bazohanwa hisunzwe amategeko. Kuri uno wa kane igenekerezo rya 1 Gitugutu umwaka w’2020, umukuru w’igihugu Evariste…
Mu bwonko bwawe rero niho urukiza rwawe ruri. Ubutare, amafaranga eka n'ibindi vyose wifuza biri mu vyumba bigize ubwonko bwawe. Mu gitabo canditswe na Napoleon Hill citwa " Think and grow Rich" arererekana…
Kirazira kikaziririzwa ko umunyeshure yiga mu mashure y’intango ko ashobora kwiga incuro zitatu mw’ishure rimwe (triplement), kiretse hari insiguro ziboneka ziheza zigahurizwako n’abajejwe iryo shure bose (jury). Ivyo ni…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.